@radio_rpa Ariko ivyo vyose muvuga mutanga akarorero kubintu vyanditse nabandi. Noe ni ryari Abarundi nyene bazovuga ati enough ? Ama spaces yamaho on se répète. C’est vraiment devenu fatiguant. Vugana uko igihugu gifatwa kandi, va muri aya ma spaces interminable.