#Gitega:
IMBONERAKURE SHIRIRA!
Ku ncuro igira cumi ,umugambwe uhimbaza umusi mukuru w'imbonerakure, Kuri uwu wa 29/8/2026, i #Gitega , imbonerakure zivuye mu mihingo itandukanye y'igihugu c'Uburundi zikaba zitavye ku bwinshi ivyo birori mu myambaro ibereye,ku ma defile meza cane.
#Gitega Uwuzofata uwutiriye isoko, azohabwa imiriyoni ibihumbi amajana atanu z’amafaranga y’amarundi.
Ivyo vyashikirijwe n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva mu gisabisho mpuzamadini co kuri uyu wa kane uzosera ukwezi kwa Myandagaro 2026 cabereye i #Gitega
Mu masengesho yo kuri uyu wa 4 uheza ukwezi kwa Mukakaro,Abagumyabanga ba @CnddFddGitega bahamagaririwe kuguma bagendera isezerano bagiranye n'Imana,gukundana,kubungabunga amahoro n'umutekano no kurushiriza ibikorwa vy'iterambere,kuko ari vyo shimikiro ry'Imbonakazoza y'🇧🇮.
#Gitega | #KIGANDA 🇧🇮Imiryango 80 y'amikoro make yo muri zone #Renga, komine #Kiganda, yaronkejwe amakarata yo kwivurizako (CAM), atanzwe n'Umunyamabanga w'Umugambwe #CNDDFDD muri iyo zone ari kumwe n'abo basangiye uburongozi.
#Gitega | #KIGANDA 🇧🇮Imiryango 80 y'amikoro make yo muri zone #Renga, komine #Kiganda, yaronkejwe amakarata yo kwivurizako (CAM), atanzwe n'Umunyamabanga w'Umugambwe #CNDDFDD muri iyo zone ari kumwe n'abo basangiye uburongozi.
Ku wa 12/7/ 2026, ku cicaro gikuru c'Umugambwe @CnddFdd i Bujumbura, harabaye igikorwa co kubisikanya mu burongozi bw'Imbonerakure ziga mu makaminuza y'i Bujumbura zivuka mu ntara ya #Gitega. NIYONKURU Tharcisse (Umurongozi) na NIYERA Pascasie (Icegera) ubu ni bo bazihagarariye.
4/4 Imbonerakure zo muri izo Kaminuza zasavye ko indongozi zazo zoronswa uburyo bwo kwiyunguruza, zikabandanya guhabwa inyigisho z'akarangamutima, hamwe no kuronswa imyambaro ibafasha mu bikorwa vya défilé no mu kurangura neza ubutumwa bwazo mu gukorera igihugu. @CnddFdd
1/4 Mu birori vyo kwakira Imbonerakure nshasha zo mu makaminuza i Gitega no kubisikanya mu burongozi, Umunyamabanga ajejwe imihari ikomoka kuri @CnddFddGitega,Innocent Ntunzwenimana,yazisavye gufata iya mbere mu gukunda igihugu,kubungabunga amahoro n'umutekano no kuba akarorero.