Le multiplicateur de semences Gérard Niyonzima procède dès ce mardi à la récolte de la pomme de terre qu'il a cultivée sur 5ha à Muruta. Il s'attend à une productº de plus de 70t. À peu près 1000 ouvriers sont mobilisés. Il remercie l' @IFDCBurundi pour son soutien.
@BMineagrie

Intara ya #Butanyerera yihaye ihangiro ko mu myaka 5 izoza irinjiza 1.000.000.000$ avuye mw'ivoka ya ruhere. Vyashikirijwe na Ferdinand Habimana umunyamabanga wa @CnddFdd muri iyo ntara.Kuri uyu wa gatanu yari yagendeye amakomine ya Muruta na Kabarore.
@GeneralNeva@R_Ndikuriyo
Ihangiro ngo n'uko station y'i #Butaganzwa yoba yatanguye gukora hagati mu kwezi kwa gatanu.
Umviriza Désiré Mpawenimana ariko arubaka iyo station uko abivuga muri iyi reresi 👇🏻. Aranatubwira ingene yiyumviriye gushira station i Butanganzwa.
https://t.co/OMOCVh2XXD
@GeneralNeva
1/2 Mu ntumbero yo kwitabira akamo k'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ko kugwiza umwimbu no kwijukira kuwuhingura, Eric Nzojiyobiri umujeune wo mu #Kayanza yatanguye gukora ibisuguti akoresheje ifu y'ingano, amagi, ifu y'isoya, amata ...
@UNICEF_Burundi@FAOBurundi@action_bonne

Hari umukenyezi yitwa Kajeneza Nadine wo ku mutumba Mibazi muri zone #Maramvya ya komine #Muhanga mu ntara ya #Kayanza yaraye yibarukiye ubushuri ku bitaro vya #Gahombo. Uwo muryango waraye uronse ubushuri usaba gushigikirwa.
@GenreMinistere
@Burundi1stLady@UNFPABurundi
Ata gikozwe vuba ibimanga kimwe kiri ku mutumba #Musave hafi y'idepo ya #Brarudi ikindi kiri ku mutumba #Kirema hafi ya sentare nkuru y'igihugu ya Kayanza muri komine n'intara ya #Kayanza birashobora kwonona amabarabara y'igihugu inomero 1 n'inomero 6.
@MielsBurundi@ARBurundi