Ama station azotanga igitoro Ku murwa mukuru w'ubutunzi, Bujumbura.@NtareHouse
Imparati ziherezwa na 5-9 nizo zizohabwa igitoro kuwa mbere igenekerezo rya 16.11.2026
M.N. Affaire promenade zironka 20L, taxi zironka 20L na moto 8L, bajaj zironka 8L, probox intérieur ni 60L.
Ama station aza gutanga igitoro co mu bwoko bwa essence mu gihugu hagati .@NtareHouse
M.N. Affaire promenade zironka 20L, taxi zironka 20L na moto zironka 12L kiretse mu gisagara ça Gitega motos zironka 8L, Probox za Ruguru zironka 60L, Bajaj zironka 8L.
Ama station aza gutanga igitoro Ku murwa mukuru wa Politike, Gitega, no kuri station zo muntara ya Burunga ziza guha igitoro ubwato bw'abarovyi.@NtareHouse
M.N. Affaire promenade zironka 20L, taxi zironka 20L na moto zironka 8L, Bajaj zironka 8L.Probox intérieur zironka 60L.
Ama station aza gutanga igitoro co mu bwoko bwa essence na Gasoil mu gihugu hagati .@NtareHouse
M.N. Affaire promenade zironka 20L, taxi zironka 20L na moto zironka 12L. Probox za Ruguru zironka 60L, Bajaj zironka 8L.