@KGDarrr Muri Leta nibazako ingingo nyinshi zifatwa politiquement mais pas techniquement
Gt ubuza canga canga arizo ziriko zirasahiriza mukena ryibitoro? No mubihugu biteyimbere aba privé barakora murubwo buryo pour faciliter la tâche
@UwigengaJules@KGDarrr Sinibaza Nubwo boyiha ubwo buryo ko vyotora umurongo déjà nikigo bakoreramwo vyukuri sahantu hashemeye Ahubwo Leta yarikwiye gutanga faveur kuba privé ama service amwamwe akabaribo bayikorera