Ndakunda uno Mwubahwa wi Kigali.
Hari Umunsi Nyakwubahwa PK yigeze gukoranya Abayobozi bakuru nuyu Arimwo aca ababwira nti Haguruka canke Musohoke. Ico gihe His Exellence yavuga bariko barisinzirako hari n Abandi Vyaboneka ko ari Umusore n inkumi bariko baraterana imitoma ha kwumviriza Ijambo rya Nyakwubahwa.
Kwino Sanamu, Prime Minister w Urwanda yari kwunamira Abatutsi bishwe n Abahutu nkuko bavyigisha mu mashure ariko ubu Akaba ata Bahutu canke abatutsi baba mu Rwanda ari #NDUMUNYARWANDA.