Only rubbish,stupide mind je suis dรฉsolรฉ jewe ntamuntu nisemba kuko ndagusumvya Izina nahuririmba gospel Imana siyawe gusa how ushobora kwandika uko ?uzi kuva kera kwโabarundi bakirabashitsi ?murambwire il nโest pas burundaise ???iyi ni pu*brain wari gushima ukoyakiriwe,
Ama YouTube channels y'i #Burundi sinzi inoti baba babahaye, ariko icubahiro muha aba stars bava hanze burya iwabo nta gaciro baha ab'iwacu. Sinzi ko ari ukubura amakuru ari serieux canke kwisemba ๐ฌ
Just think twice ๐
@Abatwip
Fizzo mu Rwanda. Vs. The Ben Burundi
@iamelysgretta Rwandans dont give a damn I swear
Hospitality ni zero iyo hageze kwakira umurundi Cank umunyafrica
Seulement ndibaz nimba the Ben so il mรฉritait un tel accueil
Narengana ....
@DorianeMunezero@DorianeMunezero tubwire ico uwo mwigeme wumukuru wigihugu ariko arakora muriyo nama ya Onu ?? Ntabindi dukeneye plz
Yagiyeyo en tant que Qui?? Merci