@Baconib Ce n'est pas encore fait, le Canada a l'intention de reconnaître l'Etat de la Palestine, entre l'intention et la reconnaissance officielle il y a une différence.
@rungika257@akezanet@cloubelonly Emera ko wabomotse tout simplement, kandi umuntu agaya akazi turazi ico aba ari. Ngo bas étage blablabla, shirako étage yawe I dared you😉😉
@ngendapatrick Ni industrie ya 13 milliards $ en 2023. Cuba iyo hataba #Bacardi iba yarasambutse. Toutes les îles zo muri Caraïbes en plus du tourisme, zitunzwe na commerce ya Rhum. Ariko iwacu... reka ninumire.
@ngendapatrick Ehe ndaguhe iyindi exemple. Sosumo imaze plus de 40ans, ariko ntanumwe yigeze yiyunvira ku developa ikinyobwa ca Rhum. Iriho abakozi ba Sosumo ba smuggling mu mpisho. Aucune stratégie visant à rentabiliser un produit aussi rentable que le Rhum. 13 milliards en 2🤷♂️🤷♂️
@benbabunga@B67534masa Il faut ajouter que Mme Gulamali était d'origine burundaise. Toutes ses soeurs étaient tout autant riches ici au #Burundi . Mme Bayissuf, Mme Mashaka...
@KGDarrr Ibintu vyapfiriye muri embargo 1996. Primus ya 200BIF ni juste imbere yaho gato. De 1993 à 1996. Muri embargo caciye kija kuri 250FBU. Ufise indege wagira gong unique. Iporo yoyo na boîte warasohoka.