@Patriote257 Uburundi ni Igihugu ciiza , n Abarundi ni beza. Ikibazo dufise ni ubutegetsi. Igihugu baragisibije kigeze aho umwansi ashaka, bakabiba amacakubiri mu bonse rimwe. Igihugu cubakwa n incabwenge kandi zirahari mu moko yose..ariko ivyo tubona n ibindi...
#Rwanda@PaulKagame ari burahire ko azayobora igihugu muri mandat ya kane. Atsinze amatora @GeneralNeva ntabutumwa yohereje. Agiye kurahira nta ntumwa u #Burundi bwoherejeyo. Nyamara turi ababanyi kandi isoko ihiye nibo badufasha kuzimya cyangwa kwakira impunzi! @Burundi1stLady
@BurundiInsight @mkainerugaba Ariko wewe uri mukihe kinogo? Ukuri kurababaza nk amazi akanye mu menyo. U Rwanda rwakiriye 22 Presidents, 3 VP, 4 Speakers, n abandi n abandi. Ubugabo burihabwa