Top Tweets for #rtbb
Le Ministre des Affaires Étrangères, de l’Intégration Régionale et de la Coopération au Développement, S.E Ambassadeur Édouard BIZIMANA, vous souhaite une joyeuse fête de l’Indépendance.
@NtareHouse @KwaNtare
@MAEBurundi / #RTBB

Umushikiranganji yasavye ko abarundi bofata iyambere mu guteza imbere ivyo bibanza,abafise imitahe baba abarundi canke abanyamahanga ,ngo bovugana na Reta kugira ngo ivyo bibanza bishirwemwo aho abantu baruhukira bagashobora kuronka n'ico bihereza.
@KwaNtare @MAEBurundi / #RTBB

Umviriza kano «#Kabirya» Umukuru w’igihugu c’u Burundi yabwiye aba Islamu ba hano iwacu no muri Afrika yose maze bamwe baca ……
📺👉🏿: https://t.co/2ai25tVL8u
@KwaNtare
@NtareHouse
#RTBB

#Bujumbura_Ntahangwa : Abatitabiriye aka kamo bazo……
📺👉🏿: https://t.co/YTv5oEyTTz
@KwaNtare #Ntahangwa / #RTBB

Bimwe mu vyavugiwe munama yari yitabwe na @generalneva ya @CELAC_Afrique ni: ibijanye n’ihindagurika ry’ibihe,ubwigenge mu gufungura,no gukora ibishoboka vyose kugira ngo hasanasanwe imitima y’Abanyafrika yahungabanijwe n’ibihe vy’ubucakara.
@KwaNtare , @NtareHouse / #RTBB

Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c'Uburundi, Angéline Ndayishimiye araza gufata urugendo kuri uwu wa 23 Ntwarante 2026 yerekeza i #Washington muri Reta zunze ubumwe za #Amerika.
#RTBB

Umukuru w’igihugu c’Uburundi , #Évariste_Ndayishimiye, yakoranije mu nama kuri uyu wa 10 Ntwarante 2026, ba Buramatari b’intara na ba Musitanteri b’amakomine, kugira barabire hamwe ingene Reta iriko irarangura amabanga yayo ku rwego rw’intwaro.
📸 RTNB
#RTBB

Umukuru w'igihugu c'Uburundi @neva n'umutambukanyi wiwe barahejeje gushika ku kibuga c'Indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c'i #Bujumbura
Mu kanya ahava ashikiriza ijambo ryiwe rya mbere kuva ahawe icese intahe yo kurongora umuryango w'ubumwe bwa #afrika
#Uburundi
#RTBB

#Burundi:Mwite @NEVA
Umukuru w 'Igihugu c'Uburundi
##NtareHouse #Ikiriho #RTNBurundi #BeneNtare #RTBB @Gatoni_RG

@Generalneva yarashimiye abenegihugu bo muri iyo Komine kuntambwe bagezeko mu bijanye n'iterambere,yasavye musitanteri mushasha kwitwararika abenegihugu mu kubabera inyenyeri ibamurikira aho baca bagana mw'iterambere.
#RTBB

Bakaba bari baje bazanye amakete abagena mumabanga yo guserukira ivyo bihugu mu Burundi .
#Burundi
#Imigenderanire
#RTBB
9

Iryo shirahamwe ngo rizobereye mu bijanye no gufasha abahamagara hanze be no kuronka #Internet nziza ku giciro ciza.
Muri kano karere, #Lycamobile iri mugihugu ca Uganda ikaba igushoboza guhamagara mu bihugu birenga 60 kw'isi harimwo ivyo muri #Afrika birenga 12.
#RTBB

Umukuru w'Igihugu #Evariste_Ndayishimiye yatanguje igurishwa kumugaragaro ry'ubutare bwacukuwe. Ubwo butare bwerekeje mu bushinwa kuko ariho habonetse isoko yabwo nziza.Hakaba hagiye kugurishwa itoni 104 zo mubwoko bwa #Quartz nitoni 156 zubwoko bwa #améthyste
#Iterambere
#RTBB

Ngizi ingingo zashikirijwe na Buramatari w'intara ya #Bujumbura #Aloys_Ndayikengurukiye muntumbero yo kwikingira ikiza ca #korera cibonekeza mu turere tumwe tumwe tw'iyo ntara
#Amagara_meza
#RTBB

uwo musitanteri #Eloge_Najeneza, yemereye abanyecibitoke ko agiye kubakorera bose, mukubumviriza, kubereka inzira ibageza kw'iterambere, acabasaba nabo ko bomuyoboka , hama vyose ngo akazobikorana umutima w'urukundo, ububangutsi n'uguca bugufi.
#RTBB

Last Seen Hashtags on Sotwe
PUMASNUNCAFUEGRANDE
Seen from United States
Teenagee Momson
Seen from Saudi Arabia
Ankaragay
Seen from Turkey
aiartists
Seen from Korea
brotheragemheteroㅤ
Seen from Portugal
มุกดาหาร
Seen from Thailand
ممحونات_المكاومة
Seen from Belgium
lraniainonlt
Seen from United States
BigBeautifulDeal
Seen from Korea
momcuck
Seen from India
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.8M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.2M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.8M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91M followers

KATY PERRY 
@katyperry
87.9M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.8M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.3M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
69.9M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.1M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.2M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61M followers

X 
@x
60.8M followers






















