Top Tweets for #toramani
🗣️Nk’🇧🇮Umurundi yagiye mu nkotanyi muri 1992 ivyo Afande #Bingira avuze ndibonamwo narabibayemwo akarorero ni muri mirongo 94 ukwezi kwa 5 i #Cangugu ahitwa i #Kamembe Afande #Toramani yampaye interahamwe zirenga 8 twari babiri , icabaye nuko twebwe twabacunga baduhaye ico bita kutabica kandi nti tubatuke canke tubakubite hama baducitse aritwebwe tuzoca tuja mukibanza cabo , ivyo rero bari babizi baka bakabikinirako ,
Mu nkotanyi nahaboneye vyinshi ndibuka abanyagihugu biregera yuko hari abasirikare babahotera bafata amadeni ntibishure canke bakubiswe ibirego biba vyinshi kugwego vyagiye bishika kumatwi ya Afande @PaulKagame , Icabaye nuko hatanzwe itegeko ryo gukubita aba Afande naba capitaine imbere yabanyagihugu bose nukuri vyari biteye ubwoba kuva uyo munsi umunyagihugu n’umusoda barubahana , kubera umunyagihugu yaca avuga none ari jewe vyoca bigenda gute🤣🤣
Ico afande #lbingira avuze ntico iyaba inkotanyi yose iza kwihora nka kumwe kwaba #DD #Urwanda gwari kuba gwaraheze💯✍️
Nyakubahwa @PaulKagame il mérite le prix Nobel de la paix 💯✍️
#Intarezamwezigisabo
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
239.7M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.6M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.3M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
106.9M followers

Rihanna 
@rihanna
98.6M followers

NASA 
@nasa
92.1M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.7M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.9M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.3M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.6M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.3M followers

Bill Gates 
@billgates
65.1M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.1M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.6M followers
