À #Makamba, des enfants fabriquent des briques dans des sites illégaux pendant que les berges des rivières s'effondrent. Exploitation infantile, destruction de l’environnement, inertie des autorités : une double urgence ignorée. #Burundi https://t.co/G9F08LWP7m
Participent dans cette compétition cinq groupes culturels dans 5 domaines dont l’art plastique (la sculpture, la peinture, le dessin, la gravure et l’art numérique), la musique, la poésie, la comédie et le cinéma.
#Inkingi2025
Les trois premiers des cinq groupes ont réçu respectivement une enveloppe de 3, 2 et 1 millions de francs bu. Rendez-vous demain le 17 juillet 2025 au chef lieu de la @PButanyerera pour la poursuite de cette compétition.
@DIASPORANDUNDI
@MinEACJSCBdi
#Inkingi2025
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yishikiye kwugurura icese ikigo cambere c'amazu meza ciswe "Come and see Burundi" Kiri muri karitiye Miroir mu gisagara ca Bujumbura cubatswe n'umu diaspora Fablice Manirakiza.
https://t.co/TmemBXg5BA
Ivy' aba Diaspora vyatanguye kuva mu majambo bija mu bikorwa, kuri uwu wa 23/03 Eric Niragira na Sammuel Ndayiragije bazanye umugwizatunga w'umuny 'America azwi kw'izina rya Jeff Wilson bakaba bakiriwe n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye. Gushira inguvu mu burimyi ........
Drama T ahejeje gushika ku vyasa n'ivyabaye umuzi wibuye, muri kano kanya akaba aryamanye uruhusha Visa rwo kuja gukora ibiteramo ku mugabane wa buraya aho yitezwe mu kwezi kwa gatana 2023 vyatunganijwe na « AKIWACU Event » wo mu Bubirigi ufadikanije na « Cristal Events »
Inyuma yo kugendara indogozi z'igihugu zitandukanye, #Eric_Niragira aserukira abarundi baba mu mahanga, iyo ari mu karuhuku mu gihugu c'amavukiro yatanguye kugendera bamwe mu ba diaspora bariko barangurira ibikorwa vyabo mu Burundi
Mu gihe vyari bimaze imisi bivugwa ko Yvan Muziki na Marina batagicana uwaka, ubu naho babonetse mu bikorwa vya Tours du Rwanda barikumwe.
https://t.co/qPTyxP31mp
Batsinze Vital’o Fc ibitsindo 4-1 ,Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca hamwe na Lt Général Silas Ntigurirwa baciye bemerera agashirukabute ku bakinyi ba Bumamuru Fc kangana n'imiriyoni 2 z’amarundi .
https://t.co/AueMVrYRs3
Mu gihe hari hagize imisi hari urukurukuru ko asigaye yibera Kwa Drama T, biciye mu kiganiro Siren Trick, Mow Kanzie asa nkaho yabeshuje ayo makuru yaragize imisi akwirakwizwa.
https://t.co/KWDWzcBk4k
#basketball :#FEBABU yakiriye kuri uno wa mungu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 abahinga bamuka muri FIBA Afrique(Tonon Brigitte AFFIDEHOME hamwe na Mamenet Paul Mikhael ANTONY) bakaba baje gutanga ubumenyi ku rwaruka rwa hano iwacu muco bise "FIBA NATIONAL YOUTH CAMP "
Mow Kanzie yoba ari mu rukundo?
Muri ino misi inkuru ivugwa gusumba n’urukundo rushobora kuba ruvuza ubuhuha hagati ya Drama T na Mow Kanzie, aba bose bakaba baheruka gushikiriza ko ata bakunzi bagira.
Inkuru ikwiye aha musi
https://t.co/IJGXmliGhO
Mu kiganiro yakoranye n'abanditsi n'abamenyeshamakuru kuri uwu wa 15 Ruhuhuma 2023 #Faustin_Ndikumana arongoye #PARCEM yerekanye imvo nyezina zigwiza ubukene n'ubu shomeri mu gihugu. kurikirana kuri link aha musi
https://t.co/FSObd2f25C