Umukuru w'Imbonerakure muri zone Bwiza, yifadikanije n'Imbonerakure zo mugacimbiri kambere bazindutse basanura icuma kiri kukiraro kigabura Nyakabiga na Bwiza aho cari kimaze iminsi itari mike caravunitse.
#Burundi À l'occas° de la Journée de la solidarité célebrée le 1er vendredi du mois d'Août, le Gouverneur de @Bujaprov Gén Maj. Aloys Ndayikengurukiye s'est joint à la populat° de commune Mpanda, apportant 2t de riz, 1,2t de haricot et 0,8t de sucre en soutien aux vulnérables
Mu karuhuko arimwo,Nyenicubahiro @GeneralNeva ari kumwe na @Burundi1stLady yasoromye ibiraya mu murima wiwe uri i Bugarama,mw'ikomine ya Muramvya,akaba yariyemeje guhindura uburimyi inkingi y'iterambere.Umukuru w'Igihugu agira ati: "Ibihe vy'uburuhuko bisigura guhindura ibikorwa"