L'administrateur de la commune Isare, @NiyonkuruGilb10 , vient d'organiser ce jeudi le 24 Février 2022, un atelier des chefs de service et d'autres parties prenantes dans le cadre d'évaluer et d'actualiser le plan communal de sécurité en commune Isare.
@MininterInfosBi
Mwihiganwa ryahuje banonotsi b'igihugu cose, mukwiruka ryabaye kuri uyu w'Imana 13/2/2022 ku kibuga co mw'ikambi y'igisirikare iri ku Musaga, umwigeme Harerimana Arriella wi muri komine @MukikeC niwe yatahukanye ikibanza ca mbere mubana bato (cadettes) ku metero 3000.
@KwaNtare
Abenegihugu isinzi bo mu ntara ya Bujumbura bari mu mashirahamwe yigenga adaharanira inyungu za politike bari mu rugendo rw'amahoro n'umunezero mu ntumbero yagushima ingingo y'umuryango w'ubumwe bwa buraya bwakuye ibihano ku Burundi bwari bwafashe mu mwaka 2015.
@NtareHouse
Musitanteri wa komine ya Mutambu, Jean-Pierre Niyongabo, afadikanije n'umuhanuzi ajejwe ivy'ubutunzi n'iterambere, kuri uyu wa gatutu w'igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2022, yagiraniye inama n'abarongoye ama koperative sangwe ku mitumba.
Inyuma yo gusangira igisabisho n'abenegihugu bo ku mutumba Karunga, umukuru wa zone Benga @CommuneIsare , Adalbert Ndayisaba, ari kumwe n'umukuru w'umutumba Novence Bizindavyi bagiraniye ikiyago n'abo benegihugu kuri uwu wa w'Imana wa 6 Ruhuhuma 2022.
@MininterInfosBi
A Brazzaville, Hon @R_Ndikuriyo Secrétaire Général du @CnddFdd a été reçu ce mardi au Siège du Parti Congolais du Travail par son homologue, Pierre MOUSSA, en présence des membres du Secrétariat Permanent, de la C N de Contrôle-Évaluation et des responsables des Unions du PCT.