@mugongomanga1@ndoridalt@Umukamyi Ni umu manipulateur wa Reverien na Neva, akorera mwishami rimwe na Mastermind.
Ngo mukavanaho DD mudaciye mu nguvu? Gute se 😂😂🤣🤣🤣
@Umukamyi Si igitangaza @InnocentMu91011 ! Na jewe nzi kugeza kuri grand pere gusa …. Kuko ntanarimwe iwacu ivyo twigera tubiganira 🤦🏻♂️🤦🏻♂️. Nshatse nkaba arriere grand peres nka 3 ngira nobimenya, ariko kubera gukura uko , usanga ata importance wabihaye
@Umukamyi Nta mu hero avugwa neza na bose . Mandela meme , arafise abamuvuga ko yari igikoresho c’abazungu, ko nta bu hero bwiwe, ngo yavyitiriwe bidakwiye . N’abandi benshi including Jesus himself.
Ubwirwa Niki ko umuntu ari hero? Ni uko mu bantu 100, abarenga igice cabo baba bamwemera.
@ndoridalt ABATUTSI BARI MURI LETA , BARIMW KUBER ARUSHA. Ibaze iyo DD iza gufata igihugu nka FPR . Nta mututsi numwe aba ari muri leta.
60/40 ntibikenewe muri leta nzima. Ariko muri leta irwaye, icumbagira ivuye mu ntambara, 60/40 yarikenewe. Sinon DD yari kuvuga iti natsinze nkoriconshaka