@landrybig501@KingMswatii3@Sir_Umuhirwaa2 Uwo ni umukobwa wumu adventiste si aba adventiste bose
Kandi kuba uzi uwo mukobwa ntibivuze kuzi abakobwa bose
Ka mm nabashikaye usanga atanabuzi muvukana en plus mwaranakuranye
Nkaswe abo muhura bakuze
In our days umuryambwa aritukisha wenyene ubwiwe