@TheBestever1712@RaphaelManirak2@hobe_250 "Influence Buyoya yari afise ntiyari kubura poste amuha akarya nk'abandi"
Kubera iki wibaza ko Mukasi yari ayikwiye kurusha abandi? Nawe nyene urimwo tubiri!
@hobe_250@MwambutsaBGPod: Charles Mukasi, nta muntu n'umwe yavuze ko yanse ubumwe. Wumvise nabi! Nta n'uwavuze ko akunda amacakubiri. Wumvise nabi. Hanyuma uri mu bantu bashigikiye *ubumwe butagira ubutungane*. Ubwo si ubumwe. Ni ugushigikira aba génocidaires!!!
@Louisfistonhot1@ikigatanyakazi Eeeh... Ni umuhudukazi? Yavuze ngo ni umwenengwekazi!
Abwirizwa kuba ni umu fraudeur d'identité nka shebuja Sinduhije!? Burya abinyegeza ni babi cane!
@ikigatanyakazi Nandike ikitavuzwe: fdd yari imaze imyaka itanu yica abarundi bo mu bwoko bw'abatutsi. Iki kintu hari abagifata nk'igisanzwe. Oya ntigisanzwe!