@CPGLacs@hobe_250 Twebwe turi murugamba rwo guhagarika ihonyabwoko rikorerwa abatutsi mu Burundi no mukarere nawe wibereye muvya Kayanza/Nord Versus le Sud/Bururi? Uwo mugera (virus) ya régionalisme Buyoya et ses complices nka Mukasi babashizemwo uzobavamwo ryari?
Murateye isoni avec votre cécité!
@damiennkaka Mahoro neza Damien. Mbega amakuru avuga ko wahoze uri umuyoboke wa Kayumba niyo canke ni ugukabya?
Mpore naho vyokabaye arivyo il n'y a que les imbéciles qui ne changent pas d'avis!
Hasigaye ko uva inyuma y'abicanyi ba Red Tabara bamaze abatutsi mukarere(abarundi, abanyamulenge)
@TheBestever1712@Nseruke@hobe_250 Sawa bandanya uvugira Mukasi, ngira yarakubwiye canke urazi ico yarahunze igihe yahungira muri Nonciature en Octobre 1993 à Bujumbura? Hari Space yigeze kuvugiramwo ko yavuyeyo bamusabiye amnistie? Yarakubwiye uwamusabiye iyo amnistie? Kumushigikira ni amahitamwo yawe, not mine!
Le Forum de Liège, créé par FOCODE et Pacifique Nininahazwe en coalition avec Rwasa, RED-Tabara et d’autres politiciens, prouve une fois de plus son rôle politique majeur.
Autoproclamé leader du Buyoyisme, il opère avec un financement déguisé sous couvert des droits humains.
La mafia à la FOCODE.
Assez de cette hypocrisie et de cette escroquerie néocoloniale !
#Liège2024 #Buyoyisme #FOCODE #Nininahazwe #Rwasa #REDTabara #MafiaFOCODE #Neocolonialisme #Trahison #SouverainetéBurundi #RejetonsBuyoyisme
@TheBestever1712@hobe_250 Ivyo uriko uravuga ni ibiki? Mukasi a participé à toutes les négociations avec les génocidaires kuva Kigobe, Kajaga, Mwanza 1 &2, San Edjidio gushika aho bapfa le poste de Premier Ministre na Buyoya yahaye Ndimira, Mukasi yagira niwe yavukanye imbuto🤷♀️ Ba mushishoza PLZ. Thx!
@hobe_250 Mbega ko mwatwimye ijambo kandi narisavye incuro nyinshi kuva kera?Nashaka kubafasha kwishura ico kibazo about what should come first between justice and unity!
@hobe_250@wokuri_ruhurura . Reka @12amorFati a developer son argumentations. REBEKAH kuriraaa. Wamenga ugomba urire peeeeh! Oooh Jesus! " Ubumwe si urugoto"! Mu Burundi ni astuce yo gusinziriza abatutsi sha! Dans un pays où les génocidaires sont dans Ubumwe pr ns exterminer!