Umukenyezi atahura gute akamaro ko gukorana n'ama banki canke ama microfinance?Gukorana n'ama banki vyomufasha gute gukuza umugambi wiwe? Ido n'ido ni mu kiganiro #Duhane_Ijambo co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04/05/2024 isaha zitatu z'agatondo kuri Rema FM
2/2. Ubumenyi n'inyigisho vyoba bikenewe ku bakenyezi birimizi kugira bahangane n'iryo hindagurika ry'ibihe rituma badaheza ngo biteze imbere? Ido n'ido ni mu kiganiro #Duhane ijambo co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27/04 isaha zitatu zo mu gatondo kunsamirizi Rema FM .
1/2 Ihindagurika ry'ibihe riratuma umwimbu w'uburimyi usubira inyuma. Ivyo bivugwa na bamwe mu banyagihugu bo mu ma komine ya Muhuta na Nyanza lac intara ya Rumonge na Makamba.
Abakenyezi barashobora kwiteza imbere biciye mu kugwiza amatuta no gutera ibiti bifasha gukingira ibidukikije. Ni izihe ntambamyi zituma badahurumbira ico gikorwa . Ido n'ido ni mukiganiro #Duhane_Ijambo co kuri uyu wa 20 Ndamukiza kuri Rema FM igihe c'isaha zitatu zo mu gitondo.
Mbega abavyeyi barakwiye kwigisha abana b'abigeme ivyerekeye kwiteza imbere kugira babone ko atakuzera inze? Ido n'ido ni mu kiganiro #Duhane_Ijambo co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 06 ndamukiza 2024 isaha zitatu zo mu gatondo,kuri radiyo Rema FM.
Uruhara rw'ibimenyeshamakuru ni uruhe mukuduza ishusho nziza y’umukenyezi. Mbega vyofasha gute umukenyezi mw’iterambere ?Ido n'ido ni mu kiganiro
#DuhaneIjambo co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Ntwarante 2024 kuri Radiyo Rema FM igihe c'isaha zitatu z'agatondo. Kaze.
Mbega umukenyezi yoshikira amahirwe yo kwiteza imbere gute?Aho ubaye ubona igisata c'uburimyi kimufasha gute kugira yiteze imbere? Ido n'ido ni mu kiganiro "Duhane ijambo" co kuri uno wa 6 igenekerezo rya 23/03 igihe c'isaha zitatu zo mu gatondo kuri Radiyo Rema FM.
Ingurane zitandukanye nk’izitwa : Turashoboye,Terimbere mukenyezi,Mukenyezi giriteka, hamwe n’umwakaka BIDF ziratangwa n’ibanki y’abakenyezi kubakenyezi bipfuza kwiteza imbere. Ni kuri Rema FM mu kiganiro "Duhane Ijambo" co kuri uyu wa gatandatu 16-03 isaha zitatu zo mu gatondo.
Bakenyezi,mwari muzi ko mushobora kuronswa ingurane zo kwiteza imbere mw'ibanki y'abakenyezi atangwati musabwe ? Ido n'ido ni mukiganiro #Duhane_Ijambo co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 9 Ntwarante 2024 igihe c'isaha zitatu zo mu gatondo ku nsamirizi Rema FM. Kaze
Mbega abakenyezi baronka gute imitahe yo gukora imigambi y'iterambere? Uruhara rw'ibanki y'abakenyezi rwoba uruhe? Ido n'ido ni mu kiganiro "Duhane Ijambo" co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante 2024 isaha zitatu zo mu gitondo kuri Radiyo Rema FM.
Mbega kwuguruza ikonti mw'ibanki canke mu mashirahamwe yo kuziganya no kuguranana k'umukenyezi bifise akamaro akahe kw'iterambere ryiwe?
Ido n'ido ni mu kiganiro "Duhane Ijambo" co kuri uyu wa 17 Ruhuhuma isaha zitatu zo mu gitondo (9h00), kuri Radiyo Rema FM.
#🇧🇮 Duhane isango ryo kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 3 Ruhuhuma 2024 isaha 9h00 kuri radiyo Rema FM, mu kiganiro "Duhane Ijambo" ca Studio Ijambo. Tuzoyaga k'ukuntu abakorewe amabi afatiye ku gitsina bitunganiriza imigambi.
1/2 Kaze #JenaWe Tujane murugendo rw'#UmugaboNyawe biciye mudukino nkinankebura twatunganijwe n'ishirahamwe
#SearchForCommonGround mu Burundi, Inyuma y'isekeza ry'imisi 16 yo kurwanya amabi akorerwa abakenyezi n'abigeme. Dukurikirane kuri radio REMA FM kuva kuwa 20 Kigarama.
Le Président de la République du #Burundi@GeneralNeva s'est envolé ce mercredi matin en direction de #SouthAfrica. Il va prendre part au 15 ème Sommet des @BRICS,en dates du 22,23 et 24 août 2023 à @Johannesburg.