Home
Language
English
TΓΌrkΓ§e
Bahasa Indonesia
About
Privacy Policy
Terms of Service
Pricing
Sign In
Download All
Share
burundians memes
@UmukweN
funny n wise
Joined December 2019
13
Following
9
Followers
26
Posts
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Shaka akazi ko gukora munzu Ndazi gukaranga abana .....kugorora umugabo ......nokumesura telephone. Narize secondary hanyuma maze ica dapfa.uwo ankeneye asange kwande, ?
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Bagenzi muguha Numero umuntu π π π uzoze uraba ahantu uri. ......nahaye I numero umukobwa .......hanyuma maze gutora telephone yiwe nasanze yanditse ngo :Rupfu :ku numero yanje. Ndamubajije "ngo nuko nayimuhereye twagiye kuva Kurupfuππππ
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Mbe ni vyiza kwambara Impuzu yu muntu yapfuye kandi uwo muntu atarapfa?
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Sinzokongera gufashaπ π π π π Narimo ndagenda muhira hanyuma mbona Ihene iriko igenda n amaguru. ...hanyuma ngira ikigongwe .....Ndayifata Ndayuriza Imodoka yanje ......Ubu bariko bankubita ngo ndi Igisuma. .....Wumva ntazira ubusa?
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Sivyiza kwicisha abana inzara ngo ntaFu ihari...... Cumba Ubugari naho ubufu bwoba budahari. .... Ubugari n ubugari naho ubufu bwoburaπ π π π
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Mbe iyo ugiye kuriha amatara ........nikihe kindi kintu utwara havuyemo itsinga na bubbles ?
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Mbe Cherie wawe yakubwiye ngo:Je t aime? Canke ama reseaux yagoranye ?π π π π
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Bahungu mukunda kwonka amabere y umukobwa yakoroye INDA .....ntimubona ko arinko kwigina kurupfu rwa nyakwigendera?
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Eti bro nivyo?ngo umukobwa yavyariye iwabo nawe ngo atashaka umusore wa Serieux? π π π π π
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Iciza ca telephone. ......urashobora kuganira nabantu wambaye ubusaπ π π π
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Bro umu Cherie aba yirabura .....abo bandi nabo kurira kwibarabara.wumvise.
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
#NewProfilePic
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Wa nzokawe igihe wahenda Eva ......warigeze umubwira kubijanye yuko abakobwa boza barakunda amafaranga? Tubwire
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Bakobwa Mushaka tubabone gute?π π
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Iyo uriko uvugana na Cherie wawe ukaca wumva ijwi ryi umugabo yambaye ubusa.
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Umugore wokurongora namubonye ariko ikibazo nuko umu gabo wiwe ari umusirikari.π π π π
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Niwaba ufise ubwoba bwo kwaka umukobwa uyundi muhungu........uzopfa udakunze.
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Uzoze uraraba abo ufasha...... Umubanyi wanje yasanze ndiko "Ndoza "inkoko yiwe namazi Ashushe .......ariko icambabaje niko yaciye anyita umusuma. Nababaye
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Abakobwa banamvye bambonekera nki imalaya sinzi impanvu*
burundians memes
@UmukweN
almost 7 years ago
Abasore bi Mwaro iyo bagiye kuraba Cherie bagenda batwaye umunyu π π π π ngo baze basiga kuminwa kugira kissing iryoheπ π π
Last Seen Users on Sotwe
ELLEGARDEN_OFFICIAL
π₯― Μ₯ π₯»βπΊπππ, πΉ
Seen from
Singapore
Ororo MonTaj β‘οΈ
Jerome Golden
Seen from
Singapore
ΨΩΨ·Ψ§ΩΩ
Fight District
Seen from
United States
InKeep5
Tamil Aunty
Seen from
Saudi Arabia
π€·ββοΈ
Seen from
Turkey
cenkFigen33
Seen from
Turkey
Trends for you
1
Chargers
Under 10K tweets
2
Minter
Under 10K tweets
3
Brissett
Under 10K tweets
4
Mike McDaniel
Under 10K tweets
5
Bond
Under 10K tweets
6
#LACvsBAL
Under 10K tweets
7
Hampton
Under 10K tweets
8
Diet Coke
Under 10K tweets
9
Mike Green
Under 10K tweets
10
Nuggets
Under 10K tweets
Most Popular Users
1
Elon Musk
@elonmusk
240.7M followers
2
Barack Obama
@barackobama
118.7M followers
3
Cristiano Ronaldo
@cristiano
114.5M followers
4
Donald J. Trump
@realdonaldtrump
111.9M followers
5
Narendra Modi
@narendramodi
107M followers
6
Rihanna
@rihanna
98.7M followers
7
NASA
@nasa
92.2M followers
8
Justin Bieber
@justinbieber
91.8M followers
9
KATY PERRY
@katyperry
90M followers
10
Taylor Swift
@taylorswift13
84M followers
11
Lady Gaga
@ladygaga
75.5M followers
12
Virat Kohli
@imvkohli
73.4M followers
13
Kim Kardashian
@kimkardashian
70.8M followers
14
YouTube
@youtube
68.7M followers
15
Neymar Jr
@neymarjr
66.4M followers
16
Bill Gates
@billgates
65.2M followers
17
Selena Gomez
@selenagomez
63.1M followers
18
The Ellen Show
@theellenshow
62.1M followers
19
CNN
@cnn
61.7M followers
20
X
@x
60.6M followers
Olivia
Online
β¨
β
π«