Umukuru w'igihugu Nyenicubahiro @GeneralNeva yashikirije icese kuri uwu wa 15/10 ku kibuga co muri #SOSUMO Musitanteri Mushasha wa Komine #Rutana, mu ntara ya @burungaProvince, Ntakarutimana Gorodiyano, imbere y'abenegihugu bahimbawe no gusanganira, no gushigikira indongozi yabo.
Kuri uwu wa 13/10, #Abarundi bibutse ku ncuro ya 64, igandagurwa ry'Umuganwa atari Umugani, Rudoviko Rwagasore, incungu y'Ukwikukira kw'#Uburundi. Nyenicubahiro @GeneralNeva yatanguje ibirori vy'Ukumwibuka mu gushira Urugori rw'amashurwe ku ntatemwa yiwe iri ku musozi wa #Vugizo
Nyenicub @GeneralNeva yaragendeye kandi kuri uwo mutumba wa #Migera Komine #Mugere, mu ntara ya @BujaProv2025, ahariko hubakwa ubundi bwato n'umugwizatunga UWIRAGIYE François. Uwo mugambi ni wahera uzoteza imbere muri kano karere no mu #Burundi ugutwara ibintu n'abantu mu kiyaga.
Je félicite l’équipe du #Burundi, Flambeau du Centre, originaire de la province @Gitega, qui vient de démontrer ses talents en éliminant l’équipe Al Akhdar #Libye. Pour le 2è tour préliminaire, il affrontera SINGIDA BLACK STARS de la #Tanzanie.
@GeneralNeva@R_Ndikuriyo@kadenys2
#Burundi; Accompagné de ses Vice-Présidents, le Président du @Burundi_senat, Très Hon. Gervais NDIRAKOBUCA, a participé à l'ouverture officielle des activités de la caravane du Flambeau de la Paix, 19ème Édition, rehaussée par la présence S.E @GeneralNeva, à #Cankuzo, #Buhumuza
Ce 29 septembre 2025, le Couple Présidentiel a lancé officiellement la caravane du 19ᵉ édition du Flambeau de la Paix à Cankuzo, sous le thème Leaders, flambeau du peuple vers le développement.Cette édition vise à promouvoir la paix, la solidarité et le dévpt durable au #Burundi
Kuwa 25/9, Umukuru w'Igihugu akaba n'Umukuru w'Inama Nkuru y'Inararibonye muri @CnddFdd Nyenicubahiro @GeneralNeva yifadikanije n'abagumyabanga ku ngoro ya @CnddFdd ya #Bubanza mu gisabisho mpuzamadini cama kiba ku wa Kane uheza ukwezi gitunganijwe n'umugambwe uri k'ubutegetsi.
Kuri uwu wa 27/5,Umukuru w'igihugu akaba Umukuru w'Inama Nkuru y'Inararibonye za @CnddFdd,Nyenicubahiro @GeneralNeva ari kumwe n'umuryango wiwe yifadikanije n'abagumyabanga b'intara ya #Bujumbura yagutse,muri komine Musigati mu ntara ya @BubanzaProvince mu myiyamazo ya @CnddFdd
À GTG, la retraite se poursuit avec la haute direction du @CnddFdd.
Le Président de la République @GeneralNeva, le P @nshingamateka et le SG du Parti @R_Ndikuriyo unis pour la vision 2040–2060.
Un leadership fort pour un Bdi de paix, d’unité et de prospérité 🇧🇮. @NtareHouse