Uyu munsi mu kiganiro URUBUGA RW'ITANGAZAMAKURU, turagaruka ku kuboneza urubyaro kw'abangavu, ibyiza n'ibibi byabyo.
Ntucikwe ni saa 14h00 - 15h30 kuri Isango star na OTv
Marie Chantal Nijimbere – Umushikiranganji mushasha wo kwivuna abansi
Ni we mugore wa mbere muri kahise k’Uburundi 🇧🇮 agiye aya mabanga
Nijimbere yahora ari umushikiranganji w’ubudandaji ugutwara abantu n'ibintu
Uburundi buramutswa leta nshasha
General Gervais Ndarikobuca yatowe kuba umukuru w’inama nkenguzamateka nshasha y’Uburundi
Ivyegera vyiwe ni General Generose Ngendanganya na Clotilde Kampimbare.
Inteko Rusange y'Umutwe w'Abadepite iri kugezwaho raporo ya Komisiyo ishinzwe Gukurikirana Imikoreshereze y'Imari n'Umutungo bya Leta (PAC) ku isesengura rya raporo y'Urwego rw'Ubugenzuzi Bukuru bw'Imari ya Leta y'Umwaka warangiye kuwa 30 Kamena 2024.
Abepiskopi bagize Inteko y'Ihuriro ry'Inama z'Abepiskopi muri Afurika na Madagascar (SECAM) bahaye Icyubahiro ubutaka butagatifu babanza gusengera mu ngoro ya Bikira Mariya Nyina wa Jambo.