Ndagwaye vraiment ariko uwuremvye kundusha ni uwutabona, ntiyumve ko Igihugu cacu gikeneye un Etat de Droit,akiteza utunyoni.
Ndagwaye Kandi nzokira Ari uko Igihugu naco gikize. Ariko indembe mbi, ni iyitazi ko Igihugu Impérativement kigiye gutabarwa. Tugire Igihugu @MayishaTv27511
#Tugire#Igihugu. Haguruka igihe ni iki "Tucitangire atawiteje utunyoni."
Ni vyiza ko tureka abavuga bakavuga hama abakozi tukarima tutaraba inyuma. Kuko barazi ko iyo bavuze, tugata umwanya kuvyo bavuga tuba tutariko turanyaruka mu kazi uko vyategerezwa kugenda. Umwanya wawe wose urakenewe kuruta uko wakora ejo, #Tucitangire.
REDTabara te promet :
✓Le Respect de la Dignité Humaine,
✓L'Education et Apprentissage continu, La Solidarité
✓La Justice et équité,
✓La Responsabité environnementale
✓L'Innovation responsable,
✓L'Education pour tous
✓La paix et dialogue pour un Avenir Merveilleux.