Ndabatumiye mwese kuza murumviriza ikiganiro hit connection kuri buja fm 87.6 kugira muze muramenya ibigezweho Ku muziki wacu wa hano mu Burundi ....indirimbo nshasha,amakuru aba agezweho N'ibindi vyinshiiii....ikiganiro mugishikirizwa na #Amiprothemc ,#Djisrael hamwe na #Marvin