Ninde atinya ko ukuri kw'iturirwa ry'amasoko kuja ahabona ???
Inyuma y'ifungwa ry'Abacungera umutekano w'inyubakwa #Chez_Ndayizamba na #LeParisien zaturiwe kuwa 5, kuruyu wa kabiri mu gihe bari baturiye isoko rya #Kinindo, iperereza ryafunze Icariho c'Umushikirizamanza wa Republika wa Parquet (Substitut du Procureur) yitwa #Janja Clovis aho yaragiye kwisoko rya kinindo kuraba ibibaye. Leta ishaka guhisha iki??