@Sir_Umuhirwaa2 Mbega nta banga ryo mu muryango rikibaho... ibi bintu vy'abana baza kwidogera hano ibibazo vy'abavyeyi babo biramaze igihe .. Sinon pole sana iyegrreze Imana izoguha kurengera ivyo bihe..
@Sir_Umuhirwaa2 Nta mwana araba ingeso za se .. ba mugira ico mwubaha . reka Maman waw avyirabir burya basazanye bazinanye reka ntubasambuze .. rondera kwubaka urwaw plutôt.
@Sir_Umuhirwaa2 Ni wab ukund uwo mupfakazi tegura urubanza umenyesh abavyeyi ko ugira wubake ugirek ubabwir umusi. bazobon umugeni ku musi w'urubanz ama details bayameny vyahez kuk abo bana ni w uzobarer. Ivyo wokor vyos ntuzobuz abant kuvug l'essentiel c ton bonheur et le succès de ton foyer
@Sir_Umuhirwaa2 Nta vyera ngo de .. ariko ha kubona umu jeune w'ubu surtout atazi Imana wobona uwuja ku rusengero . hari ico arusha uwuri mu zindi milieux zimwe zimwe ...
@Sir_Umuhirwaa2 Uri bébé spirtuel c tout.... ingingo ufashe ni wew n'Imana yawe gusa.. Uzi ubweng urasengera kuri Eglise ariko ukirinda kumenyerana na Pasteur cank kumwimpliqua muri vie privée yawe.