🔴Bujumbura: Umuriro wadutse muri Galerie Le Parisien na Galerie NDAYIZAMBA
Kuva isaha 07:00 zo mu gitondo co kuri uyu wa gatanu, umuriro wadutse muri Galerie Le Parisien na Galerie NDAYIZAMBA, biri mu gisagara ca Bujumbura.
Amakuru ya mbere yerekana ko uwo muriro watanguye gukwiragira no mu bindi bibanza bihegereye ayo ma galerie, ivyo bikaba vyateye impungenge ku badandaza n'abari muri ako gace.
#lesbeautésdecheznous #akezanet #GalerieNDAYIZAMBA #Burundi
Un enfant de la rue devenu une superstar de l’afrobeat au Burundi. Son nom : Kirikou Akili. Ses chansons et ses clips cumulent des millions de vues sur YouTube. Sonorités afrobeat, et rythme qui donne le sourire… L’artiste viendra même se produire en France en juin.
Lisez. Beaucoup.
Articles, thèses, rapports, livres.
Ça forge l’esprit de synthèse, le raisonnement et la capacité à extraire l’essentiel.
Et dans certains jobs, c’est la compétence n°1.
#PhD