Nk'uko vyama kuri uyu kane 3/2/2022 hatunganijwe ibikorwa vyogukingira ibidukikije ku mutumba wa Buhanda.
Ivyo bikorwa bikaba vyari ivyo guca imikobeko ku mitumba ihanamye bikaba vyari bihagarikiwe numukuru wa zone Mutambu, Pontien Bucumi @CommuneMutambu@MininterInfosBi
Kuri uno musi wa kane wa 3/2/2022, umukuru wa zone Ramba, Raymond Nsengiyumva, yifadikanije n'abenegihugu bo ku mutumba Gakungwe wo muri @CKabezi , mu mubikorwa rusangi vyo gutera ibiti ku nkengera z'ibihomoka muri wa mugambi EWE BURUNDI URAMBAYE.
@MininterInfosBi