@Sir_Umuhirwaa2@AkiliKirikou Ariko vrmn😂😂😂 was that song necessary? Abarundi ntimunatureka turuhuke muriyi misi😂😂😂 bomb after bomb, aha mukanya uraje wandike kuri Gusto na Alvin🙊
@bujatweetz Dabor ikijambo umuhutu canke umututsi kirandemera mumatwi iwanje donc iyo nibutse ko ndi umuganwa ça numva ntekanye kubera induru zose zaje zija mubahutu nabatutsi while abaganwa we are here minding our own business
@ikigatanyakazi Nayiravye Hewe je par contre icanteye inzigo cane ni Alvin avuga ngo abana ba 14 ans baba bafis aba Ex bensh and we all know what he meant by that….
@Cekodu1711072 @_ettinell@iamelysgretta Sindinda ndisigura cane ico nzi barahari kandi benshi…je perso ndabafise kandi sindaba jugea mugihe aba bye hi babo babonye atakibazo who am I to judge them?
@Cekodu1711072 @_ettinell@iamelysgretta My dear le monde yarahinduts kanguka, cank urindiriy gutora ubwenge uvyiboneye kubana bawe akaba ataco ufis ubikorako?🧐 never say never sha isi ntisakaye nimba bitakubayeko Vyoba nokumwana wawe