Wifeđ and Mother,Christian and Born Again, Intra-African and International Trade Policy Expert ,Woman Entrepreneur, Coach,Pacifist, #Gender Equity Advocate
#Abatwip
Hari compte kuri Facebook inyiyitirira kandi Atari jewe. Ibaze ko afise 931 friendsđȘđ. Uwuyikoresha hari abo amaze gusaba amahera bakabimbwira,nkaca ndababwira ko atari jewe. Mumfashe kugira report kugira bayugare canke mumbwire uko nobigenza kundi.
@Sir_Umuhirwaa2 biri kuri site yabo document zose bashaka ucu uronder kimwe kimwe harih na liste a imprime uza ura cocha ico uhejeje pour plus de precaution uraza ndagutize conection ville na ordi ugir ama recherche ni bon
Please no âvisit Burundiâ anymoređ€Ł. Ubu we just welcome them #kazeiBurundi. All we can do now is welcome them into our home & ibindi bazovyibonera.. nkakurya ugiye kuramukanyađ€Ł ushaka uzogaruka canke ntugaruke #abatwip ivya convincing people ntibikirimwo to avoid embarrassment
Day4 at #WorldYogasana
In the morning I reported my coach but they didnât replace him, so I did everything for my own struggling, ntakundi
Finally i performed in the category of Senior Girls
Today i performed in 4 events
.