Home
Language
English
Türkçe
Bahasa Indonesia
About
Privacy Policy
Terms of Service
Pricing
Sign In
Download All
Share
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
Joined January 2023
507
Following
56
Followers
64
Posts
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
over 2 years ago
Iyo utinze Gufata icemezo ubura Icerekezo 🙏
DsireBukuru1
retweeted
Mo’W Kanzie🌹
@MowKanzie
over 2 years ago
Umusi mwiza kuri wewe gusa🥰🙈🙏🏽 nasomye too class gusa birakwiye🥰🙏🏽Asanteeee
DsireBukuru1
retweeted
Ali Kamwe
@AliKamwe
almost 3 years ago
Zile Makala za mchongo za kumsifia yule kiungo mwenye vyuma mwilini zimefichwa kabisa Leo 😀 Asante sana Daktari AUCHO👏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Ndiko niga Abantu Kuburyo hazogera Igihe atamuntu Numwe Azoba akintakaza Naho vyoba bimuvuyeko 🧠
Who to follow
Dogo Tesa
@dogotesa257
NSENGIYUMVA Deo or Dogo Tesa’s Burundian Artist | Singer & Songwriter
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
6+4=10 7+3=10 8+2=10 Ntagihe na Kimwe Tuzokwigera Twumva Ibintu Kumwe Nimba Nciye Munzira Yiwanje Nkashika It's Oky Gikuru N'ugushika 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Ko wagize Amahirwe Ukaza Ngaha Kw'isi Ntakintu nakimwe kitokubaho mubiriko bishikira ababanyi bawe Nawe boguhamagara Boss Canke Zamu
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Kumenya iyuja n'ikintu c'ikimazi Kurusha Umuvuduko ugirako.Menya iyuja Mbere yo kugenda
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Iyo IMANA igushize hejuru Nukugira ube inyishu Kubantu Ko hageze Ishure Raba N'umwana 1 Ugurira Ikaye aje Kw'iga 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Iminsi Ikujana Aho Udashaka Ikakugezayo Waba Ubishaka Canke Utabishaka 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Ntakintu nakimwe ISI Yoguha Itokwaka🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Lord Ntaco Dufite Kirengeye Kukugira Mubuzima Bwacu ivyitwa Ivyiza Biza Munzira Zacu Nkuko Wabigambiriye Kuva Kera . Protect Me jaah🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Aba rovyi 🚣Naho boba Benshi mukiyaga ifi Yawe Uzoyiroba .Naho Izoba iri mukiyaga co mur Australie Ntugire ikibzo Uzoyirya muri Sardine . ICAWE N'Icawe Ntukibehebure Mugihe IMANA yakikugeneye
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Ukiri Umwana warashobora Kurira Vyose Bimeze Neza ariko Ariko Ubu ushobora Gutwenga Vyose vyayangaye 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Dufite Abantu Badufashiriza Mwibanga kandi bakadufasha Ibintu bikomeye mwumve KO Tububashe Aho muri Hose IMANA Ikomeze Kubahezagira 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Mwereke Kumukunda Aguhembe kugutera Intuntu Canke Umuhishe K'umukunda Wewe Ubwawe wiyicishe Intuntu Aho Niho Uzotahura Bimwe Bavuga Ko URUKUNDO ari igihamika Ubwenge ngo ntitubone utunenge Aho twamiza akarenge ~Sikundana~ Gusa Ndakunda 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Birapfa Udafite Abantu Kandi birapfa Ufite Abantu!! The fact Is that Everything Is useless Or Useful Biterwa N'igihe Take Care for U 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
@MowKanzie
🤣🤣 Ngo Vacance Mubudagi
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
La Confiance En Soi est le Premier secret du Succès 🙏
Désire Bukuru
@DsireBukuru1
about 3 years ago
Amashi👏Atari bugushikane kw'iterambere Arutwa nigitutsi gituma Wisuzuma
Last Seen Users on Sotwe
suka stw
Seen from
Indonesia
🔱TEK ERKEK SAVAS🔱
Seen from
France
Hot Mom
Seen from
Indonesia
StarsMoonandSun ✨🌑🌞
Seen from
United States
Aissam Di
Seen from
Austria
i 🫶🏾 porn
Seen from
United States
Tâm 993
Seen from
Vietnam
Anal&Pussy Hunter
Seen from
Turkey
🔥🔥EVLİ TÜRBANLI ATEŞLİ 🔥🔥
Seen from
Turkey
New Traveler
Seen from
Indonesia
Trends for you
1
Colombia
Under 10K tweets
2
#WWERaw
Under 10K tweets
3
#Madden27
Under 10K tweets
4
Woke 1
Under 10K tweets
5
Haiti
Under 10K tweets
6
WNBA
Under 10K tweets
7
#HOTD
Under 10K tweets
8
Drake
Under 10K tweets
9
Good Monday
Under 10K tweets
10
White Privilege
Under 10K tweets
Most Popular Users
1
Elon Musk
@elonmusk
241.2M followers
2
Barack Obama
@barackobama
119.1M followers
3
Cristiano Ronaldo
@cristiano
112.9M followers
4
Donald J. Trump
@realdonaldtrump
111.8M followers
5
Narendra Modi
@narendramodi
107.1M followers
6
Rihanna
@rihanna
98.3M followers
7
NASA
@nasa
92.3M followers
8
Justin Bieber
@justinbieber
91.5M followers
9
KATY PERRY
@katyperry
89.1M followers
10
Taylor Swift
@taylorswift13
83M followers
11
Lady Gaga
@ladygaga
74.5M followers
12
Virat Kohli
@imvkohli
72M followers
13
Kim Kardashian
@kimkardashian
70.5M followers
14
YouTube
@youtube
68.8M followers
15
Neymar Jr
@neymarjr
64.9M followers
16
Bill Gates
@billgates
64.6M followers
17
The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers
18
Selena Gomez
@selenagomez
62.1M followers
19
CNN
@cnn
61.8M followers
20
X
@x
60.8M followers
Olivia
Online
✨
⭐
💫