Imvune ikomeye yo mu Ivi, itumye David Silva ahitamo gusezera ku gukina umupira w'amaguru nk'uwabigize umwuga, ku myaka ye 37 y'amavuko
Yatwaye :
🇪🇸Copa del Rey x2
🏴Premier League x4
🏴FA CUP x 2
🏴League Cup x5
🏴Community Shield x3
🇪🇸World Cup 2010
🇪🇸EUROs 2008 & 2012