Barundi muri muri kenya cane cane bagenzi ncuti mutuye i nairobi mwicunge cane murino minsi, nimba président wa U.A Atovugana namugenziwe wa kenya kabisa imbwa irafyese ama mesa. 🙏 Gutaha turi bazima vyonyene tugashika n'amahigwe
Ndifadikanije na benewacu twaburiye ivyacu muri le Palesien no kwa Ndayazimba Ndiho atwirure aturemeshe atwihanganishe kandi aduhe gusubira kuvyuka.
Ndasaba leta y'UBURUNDI ko ama résultats y'amatohoza et des mesures définitives à prendre vyotangarizwa tous le public.