Igisagara ca Goma cugarijwe n’ingorane nyinshi mu bucuruzi no mu vy’amahera kubera guhagarika ibikorwa vy'amabanki mu mezi arenga abiri.Bituma abanyagihugu babandanya gushikirwa n’ingorane mu vy’ubutunzi.Uburongozi bwa M23/AFC bwasezeranye gushinga amabanki yo gufasha.
Prezida Félix Tshisekedi wa RDC yarekuruye abanya Amerika 3 ku gihano c’urupfu bari baciriwe.
Bose bari baciriwe urwo gupfa kuko bari mu bagize umugambi wo gutembagaza ubutegetsi birafuba mu mwaka uheze.Yafatiye ku ngingo y'ubutungane bwa gisirikare bwaheruka kubasabira imbabazi
Ikibuga c’indege ca Walikale ntikigenzurwa na M23 mu kiringo c’indwi zirenga 2.
N'isoko ryo muri ako karere ryahora rigenzurwa na M23 naryo nyene kuva uyu musi rigenzurwa n'ingabo za Wazalendo zafashe ikibuga c’indege ca Kigoma ngaho nyene mu karere ka Walikale.
Inyuma y'intambara ikomeye yabaye mu gisagara ca WALIKALE hagati ya AFC/M23 na WAZALENDO mu gitondo c'uwa gatatu/02/04/2025, Ubu WALIKALE yose igenzurwa munsi y'ububasha bwa wazalendo na FARDC .
Amataka kuyandi,Kamanyola nayo mu minwe ya M23 ku mupaka w’ibihugu vya DRC,Burundi na Rwanda karere ka Walungu iri ku birometero 45 mu bumanuko bwa Bukavu, ku birometero nka 70 mu buraruko bw’igisagara ca Uvira ku kiyaga Tanganyika.Ingabo za DRC zahunze zija mu gisagara ca Uvira
M23 yafashe ikibuga c’indege ca Kavumu.
Umuvugizi wa politike wa AFC/M23, Lawrence Kanyuka, yatangaje ko bagenzura ku kibuga c’indege ca Kavumu mu ntara ya Sud-Kivu.
Ifashwe ikibuga c’indege cose ca Kavumu inyuma yo gufata uturere twa Kabamba na Katana mu karere ka Kabale.
Intambara ya FARDC na M23 izosiga amazi azunga mu karere
Abasirikare ba Afrika y'epfo bari hagati y'700-800 bamaze gushika i Lubumbasha n'ibigwanisho biteye ubwoba
Abo baje biyongera kubandi 3.000 zarungitswe i Goma kurwanya M23
Ibitero vya #Russie vyiyongereye inyuma yo gufata igisagara ca #Avdiivka muri #Ukraine
Umukuru w'igisirikare yavuzeko bongereje inguvu mu ntumbero yo kurangiza igikorwa bahawe
Bigenda gute ngo utange imihoho mu kibanza ca premier ministre kugira agende kuba umushingamateka w'intara.Umve namwe,uwari premier ministre RDC #JeanMichelSamaLukonde yaraye atanze imihoho muri ayo mabanga ngo kuko aheruka gutorerwa kuba umushingamateka w'intara ya #HautKatanga
Prezida #VladimirPoutine arivanze mu ntambara ya #Israel na #Gaza.Uwo mukuru w'igihugu ajugumiza isi,ahejeje gushikirizako gushigikira #Gaza mu ntambara barimwo na #Israël ngo ni igikorwa cabo nka #Russie.