Home
Language
English
Türkçe
Bahasa Indonesia
About
Privacy Policy
Terms of Service
Pricing
Sign In
Download All
Share
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
Entrepreneur & Youth Activist | Founder of
#TICTACBurundiGroup
| BMA 2019 Winner | Agribusiness • Innovation • Economic Development
Tanzania
Joined March 2018
352
Following
732
Followers
2.3K
Posts
Pinned Tweet
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
IMANA ihezagire Abantu baje mu buzima bwacu bafise intumbero nziza, kandi batigeze baduha impamvu yo kwicuza kumenyana nabo, ineza yabo ibandanye ibakurikira no guhorana nabo ibihe vyose mu buzima bwabo.
#Abatwip
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
4 months ago
Mu bintu vyose utagira uwutarika urutoke izina ryawe rivuzwe akavuga nti uyo nta kabi kiwe ni bon👍 Burya biba bikigoranye.
#abatwip
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
4 months ago
@ChainChaserVN
It aint works I've tried many times
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
4 months ago
Tukiri bato twabona Kandi twibaza ko ubuzima bwororoshe, ariko ubu twarakuze , niho turi kubona ko ari abavyeyi bacu batuma ubuzima bworoha🙂. Mwarakoze.
#abatwip
Who to follow
Mo’W Kanzie🌹
@MowKanzie
«Sinishima Je suis Raffinée» |GOD is my☝🏽 |Burundian Female Artist🇧🇮 |Youtuber |1st RunnerUp MISS BURUNDI 16/17 #YouKnowBetter Out Now
Député w'aba jeunes🇧🇮
@Real_Jocelin
•Create •Connect •Lead
Edwin Dwima Umunyakaranga
@DwimaEdwin
⛪, Photographe 📸, Umunyakaranga 🇧🇮 , Informaticien💻 mail:
[email protected]
https://t.co/GBKfl7Irvr
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
4 months ago
Iyo utagira amahera abagucira Imanza baba benshi , iyo uyafise kandi abahanuzi baca bagwira bakaba benshi🥱 Sosiyete tubayemwo izokwama ifise ivyo ikuvugako uko bimeze kose ivyo wokora vyose. Ba wewe, ikunde , kura
#abatwip
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
4 months ago
Niwasaba umuntu agufashe/agutize amahera akakubwira ko atayo afise , ntuze ubifate nabi ubishiremwo inzigo kuko nawe ntayo uba ufise .
#abatwip
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
5 months ago
@Sir_Umuhirwaa2
Ni Nelly nat shahu
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
5 months ago
@yigenga
Abantu burya mukwifatira ingingo ntibasigwa 😀😀😂
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
5 months ago
NTA terambere mu muryango mugihe atakintu gishasha gikozwe canke congewemwo mu vyari bisanzwe bihari. Kura, Itahure, Ter'imbere💪
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
5 months ago
KERA tukiri bato wariba amahera muhira ukayarya , ukayakoresha mpaka bikanka ko ahera , ugahitamwo kuyata kugira ntibahave bagusangana échanges (ingaru)😀
#Abatwip
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
5 months ago
@PMiganda
Ash nivyo bazana kweli
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
5 months ago
@Sir_Umuhirwaa2
Game over 😁
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
@Sir_Umuhirwaa2
J mbona Ari mu nyandiko gusa
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
@Sir_Umuhirwaa2
@DramaT17
😁😁😁SINARAKUSEMA
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
Ikibi co kuba umuntu mwiza cane afasha abandi keshi n'uko iyo ugeze umwanya utaba ukworohereza gutanga ubwo bufasha birangira Ari wewe widogegwa ubaye n'umuntu mubi.😞
#Abatwip
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
Nimba ugikora ikintu kugira wiyerekane bakubone 😔,uracakeneye ishure burooooooooooooo😀
#Abatwip
#Rwot
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
@Iwacu257
Ni I Kakuma ngaho
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
@Sir_Umuhirwaa2
Nelly nat
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
@burundionthemap
@MowKanzie
We dono kweli yaranyice pe nkeka musazawe SEMAVUMBA yohamenya
Kabizi Boris KB
@kabiziboriskb
6 months ago
@KingMswatii3
Bahita mu mu FURUMBANYA🫣😄
Last Seen Users on Sotwe
Dazion Escobar
Seen from
United States
Eaftey01
Seen from
Turkey
ISTANBUL GAY
Seen from
Turkey
NOUVEAUMONDE 🔱
Jonathan
bxnxxk
Seen from
France
LIA PUTRI WARIA2
Seen from
United States
glascum20 🏴🇬🇧
Seen from
Turkey
DOYUMSUZ TÜRBANLI
Seen from
Turkey
FattyBeardo
Seen from
United States
Trends for you
1
Hamas
Under 10K tweets
2
Mall of America
Under 10K tweets
3
Jo Adell
Under 10K tweets
4
Jurgens
Under 10K tweets
5
Foster Griffin
Under 10K tweets
6
Jose Ramirez
Under 10K tweets
7
Mia Goth
Under 10K tweets
8
Haiku 5.5
Under 10K tweets
9
Grisham
Under 10K tweets
10
Kyle Teel
Under 10K tweets
Most Popular Users
1
Elon Musk
@elonmusk
241.7M followers
2
Barack Obama
@barackobama
118.9M followers
3
Cristiano Ronaldo
@cristiano
114.6M followers
4
Donald J. Trump
@realdonaldtrump
111.9M followers
5
Narendra Modi
@narendramodi
107.2M followers
6
Rihanna
@rihanna
98.7M followers
7
NASA
@nasa
92.4M followers
8
Justin Bieber
@justinbieber
91.8M followers
9
KATY PERRY
@katyperry
90.1M followers
10
Taylor Swift
@taylorswift13
84M followers
11
Lady Gaga
@ladygaga
75.5M followers
12
Virat Kohli
@imvkohli
73.5M followers
13
Kim Kardashian
@kimkardashian
70.9M followers
14
YouTube
@youtube
68.8M followers
15
Neymar Jr
@neymarjr
66.5M followers
16
Bill Gates
@billgates
65.2M followers
17
Selena Gomez
@selenagomez
63.1M followers
18
The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers
19
CNN
@cnn
61.8M followers
20
X
@x
60.7M followers
Olivia
Online
✨
⭐
💫