Hatabayeho umugambi wo gukingira ibinyabuzima vyakera bibana n’abantu hafi, bizogenda bihona gahoro gahoro. N’inyambo zatanguye guhona gahoro gahoro uko zirateba zirazimangana.
Ama variétés/races mashasha bazana akenshi afise avantage yo gutanga umwimbu kare, ariko akagira inconvénients : perte de qualité organoléptique, faible résistance aux maladies, courte longévité.
✅️Vyiza ni ukuzījūkira tout en protégeant en même temps nos variétés/races locales.
@Runyiginya@Ysrta_@KwaMiganda Dans notre cours de géographie, nous avons étudié que les vaches autochtones du Burundi sont de la race Ankole.
A l'époque, très peu étaient au courant qu'il existait même un endroit appelé Ankole ( un ancien royaume de la Région des Grands-Lacs).
"Ibisabisho vyacu Mukama, nibiduge imbere yawe nk'umwotsi w'isenga".
Murazi uru ruririmbo rwiza rwo muri Catholika baririmba igihe c'ishikanwa?
Jewe nasanze ikirundi nya kirundi, ikirundi ca kera dusigaye tucumvira mu misa ya Catholika. Bible yo mu Bakizwa yo iri mu Kinyarwanda.
How do you say good morning in Kirundi?
- Amahoro?
- Mwaramutse?
- Bwakeye?
How do you respond?
By saying the same :
- Ni amahoro
- Mwaramutse?
- Bwakeye?
The Burundian in this video said :"Karibu". That is not Kirundi, it is Swahili!.
This is really great.
Just a question: why the beats we hear in this video are not from our ingoma, the sacred drums of Burundi? It can be misleading for people who don't know their authentic sound.
🇧🇮 DAY 4 | BURUNDI DAY HIGHLIGHTS!
Burundi brought energy, culture, and enterprise to life at the 26th EAC MSMEs Trade Fair!
The vibrant Burundian drummers captivated audiences with electrifying performances, showcasing the rich cultural heritage of the region, while Burundi’s MSMEs displayed innovative products and services that reflect the creativity, resilience, and entrepreneurial spirit of East Africa.
From the beat of the drums to the buzz of business, Burundi demonstrated how culture and commerce can drive regional integration and economic growth.
🤝One East Africa. Shared Opportunities. A Stronger Future!
📍Gikondo Grounds, Kigali, Rwanda
#EACMSMEsTradeFair2026 #JuaKali2026 #SomaliaDay #EAC
@semavumba@PAEEJ_Burundi@MinCommerce Je suis juste inquiétée par ces collines dénudées que l'on aperçoit à l'arrière-plan. Ne faudrait-il pas les reboiser selon les règles de l'art, en combinant l'agriculture et la protection de l'environnement? La verdure burundaise tant vantée est en danger @BMineagrie.