@KamveM@ANiyonsaba41422@GregLeGrecq Est ce que le mot « Art » harico ikubwiye??? Canke nije ntatahuye neza ico kibanza ico kimaze🙈…!!!
Umwanya bafashe baja kuh’aménagea bapanga kuhadandariza, bari kwicara bakiyumvira uko bosubira guteza imbere imico n’akaranga vy’igihugu!!
Birateye isoni sigaho😭.
Umusi mwiza🙏🏾
@WilsonLixon Wozana ama preuves vyoba arisawa cane, comme ça abantu bamuzi tumenye si atari diffamation uriko uramukorera canke uriko uvugisha ukuri, kuko c’est grave et inquiétant. Mais de son côté namubajije kandi yanyeretse ico vyavuyeko vyose, guhera le 08/11/2024 hamwe nunomusi. Donc🌝..