Le Rwanda continue de brandir les #FDLR comme alibi. Or ces FDLR opèrent précisément dans les zones sous contrôle militaire rwandais.
Question simple : pourquoi les forces rwandaises ne les neutralisent-elles pas pour clore définitivement ce dossier ?
Le discours du Premier ministre rwandais à l’Assemblée générale des Nations Unies est sans portée. Dans les zones sous contrôle de la #FDNB, il n’y a pas de troupes FDLR.
Les FDLR se trouvent dans les zones contrôlées par les forces rwandaises. Neutraliser ces groupes est donc la responsabilité de l’armée rwandaise, pas un prétexte diplomatique.
@FelixMugenzi
NGEZE AHITWA #NYAMATA.
NDIMO NIHEREZA KA BROCHETTE NA MITSING.
REMERA NIHO NDARA.
HARI UWUMBWIYE KO ANTWARA MU #GIPOROSO. ..
Migration y Urwanda n abantu bazima. Ntibangoye kungongera.
Aka kanya abarwanyi ba #Twigwaneho bariko barahunga urubeya rw’ amasasu y’ ingabo za @FARDC_officiel
Mbibutse ko ndi i Kigali aho nagiye gushigikira inkona za @AN_thefighters
Donc vyoba Bisigura ko ahora ahanura Reverien ngo areke gu provoqua red tabara, Reverien nawe akanka?
Ico umuntu aca a conclua :
1. Reverien aragaya Neva kuko nyene yifata nkaho ariwe atwara igihugu akagira ama "discours à la nation" avuga ati Vuuuuu tuzobasanga muri Kivu tubakubite.
2. Neva arazi ko la situation sur terrain est très critique kuburyo atinya ko Reverien asotora abarundi bahagurutse kugarura agateka k'izina murundi
3. Yamakuru n'abahaye ejo haheze y'a coup d'État Reverien yob'ariko arategura asa nkaho yi confirma uko imisi irengana. Ufatiye Ku basirikare , aba polices n'imbonesi zimaze imisi zipfungwa 🤷🏾♂️.... Muri DD bavuga ko Neva vyamunaniye ari Reverien yobishobora ngo kuko imbonerakure zi vyibushe mu kanya abasoda n'aba polices bishwe n'inzara 🤷🏾♂️ kubera Neva abiba agashara bandikiwe na président wa Congo
4. Yumvise ko Niyombare akibaho kandi atawe bazomuha kugira abikoreshe muri campagne électorale avuga ati mwabonye ko namufatishije iminwe? yaciye yumva ko kamuheranye.
Muri make afise ennemi à l'intérieur (Reverien) et à l'extérieur red tabara, Niyombare, focode , Sinduhije Maggy , jewe , wewe 😂😂😂etc...n'abandi umenga baramugwaza mu mutwe
5. À vous de compléter (programme niyayindi nyene gukuraho DD 🤪)
Tuzobiyaga muri space y'ejo , izotangura 15 h