Still same followers and more likes, nama mvuga ko tubeshanya. Iyaba irya post ivuga benewacu b'abatutsi, twari kubona ubudasa. Well, I always speak my mind!
5/.. "uwunyegeje ukuri aba anyegeje inzahabu" ico nosaba aba artistes bacu nuko boreka izo drama zokwitwaza abanyamahang ng bahabwa agaciro bagakora umuziki kuko niko kazi kabo,ubiravye mu RWANDA na TANZANIE haramaz kuza naba DAVIDO ariko ntibigera baba icitwazo cumuziki wabo👉

4/... mufashe mumbwire nkabateguye ico giteramo ikosa ryacu ririhe?ikitampimbaye ni ukuntu inyuma yo gutora inyishu yico kibazo batabiretse birengane ahubwo bashizeko iyi video mushizeko kuma réseau sociaux kanatsinda bara taginga na Christopher kuri IG yabo,kuba mvuze ibi nuko👉

3/... kuja kuri stage bavuga ivyo bavuze,inyuma ya vyose ndabegera ndababwira ati mwibuke ko contrat mwasinye ihari rero mardi tuzoja mu butungane ariko sinipfuza ko vyirirwa biraja mu butungane vyiza mwoja kuririmbira abaje kubwanyu, ndashima kuba barabitahuye bakajako🙌 .👉

1/.. nije wahisemwo ko we love muzika baja kuri stage ntitayeho ivyo bari bahejeje gukora ariko nabikoze kubw'abantu bari baje mu giteramo kugira baronke ico twabemereye ariko ico mwomenya nuko muri contrat atanahamwe twigeze tuvugana nabo ko bazoririmba live mbeshe bambeshuze👉

‼️Burundian fans 😍
Bababwira Christopher ariko baranka bavugako bishakira We love music
See how our music iriko irevolua (sukwanka abo hanze Ariko nukubanza kwikunda tugakunda abaririmvyi bacu gusumba)
Iyo uvuye kugura agakingizo kamafaranga yawe(20000 Fbu ahabose) azotuma twinjira muri concert ya Christopher jewe numukunzi wanje "doucement bébé..ntuzicuza umwanya wampaye...mi casa sukassa🕺💃 uko biri kose tuzoba dushushe
2/2 mu buzima nta muntu atera imbere kubera AMAHIRWE,atera imbere kubera aba yabikoreye,buri munsi ni AMAHIRWE mashasha kuri twese,imana iduhe kuyakoresha neza muri uku kwezi kwa Gitugutu"MUGIRE UKWEZI KWIZA KUGIZWE NIVYIZA MWESE
ndibaza ikibazo wabajij ubwaw uragifitiy inyishu,turakwiy gutahura ko iri higanwa ariryabarundikazi apana gushira imber ibintu vya "Hotel canke Tango"🧠 amajamb yavuzw mumwak uhez kuba ubu atavuzw ni vyiza rer no muyindi myaka bize vyame uko kuko bose ni abarundikazi
Inyuma yo gukeza cane uyu munyampinga wacu mushasha, hari akabazo twokwibaza tuti :"Kuberiki kuri uyu ahejeje gutorwa ata bitutsi n'ibijambojambo vyamututsweko nkuko vyashikiye Miss @kelly_ngaruko ?"