@Karadiridimb@Sir_Umuhirwaa2 La cause yavuze ko c'est de la masturbation. And you know how it can be addictive ku ba jeunes bakiyidekuvura iyo bataronse umuntu ari open-minded pour les recadrer.
@Sir_Umuhirwaa2 Hari abo nzi, umugabo yavanga umugor ariko la femme akitekanira kubera bari kuri liste y'impunzi zizojanwa Australia. Yaguma avuga ko nibashikayo, elle lui fera payer kubera hanz la femme est + valorisée qu'ici. Nibaza ko n'abandi bigenda uko. Barisanzura can