Ntawuzi ko ivyo arivyo biganiro iyo migambwe yari yasavye, nuko kwoba ari kubatera ubwoba kugira bareke kuvuga ibitagenda neza. Bamwe mu bari bumvise akamo k’iyo migambwe bavuga hamwe vyoba ari vyo bagiyemwo, ko ata nakimwe bimaze kandi ko ata n’ico bizoshobora gushikako. 2/2
L’#Acat-#Burundi lance un documentaire sur les #élections de 2025 au #Burundi :
– Des irrégularités largement documentées tout au long du processus électoral.
Regardez, informez-vous et partagez largement :
https://t.co/Wvai9VQCE5
Ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD-FDD ryabereye i Gitega kuri uyu wa 26 Ndamukiza 2026 ryemeje ikiringo ca kabiri ca Evariste Ndayishimiye. Akaba ariwe mukandida w’uwo mugambwe mu matora y’Umukuru w’Igihugu yo mu 2027. #Burundi#CNDDFDD #2027 #Politique
Hari Abagabo babiri babarundi (2) baba mu gihugu c’ububirigi, baronderera amasoko y‘ubutare n’inzahabu interahamwe mu gihugu ca Dubai, bagakorera hamwe na leta y'uburundi biciye kuwurongoye ibanki nkuru ya Repubulika y’uburundi. https://t.co/PzuUC28wqb
Ndayishimiye yari azi ko uko yirirwa aratoba atobanga uburundi, ariko n’ishirahamwe rya Afirika azorijaganya ariko yaraye ateterewe. https://t.co/u5DfNmkex5