🔴 Kigali imenyesha ko yamenye ko imipaka yugawe ibibonye mu binyamakuru
Ivyo biri mw'itangazo Reta y'Urwanda yaraye isohoye ku mugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 11 Nzero 2024.
https://t.co/V5Wd6S8ltT
@EmmanuelMacron yagenye mu mabanga yo kuba umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Ubufaransa Gabriel Attal w'imyaka 34 .
Bikaba bivugwa ko yoba ari we wa mbere nk'umushikiranganji wa mbere ari mu murwi w'abahuza ibitsina babisangiye mu mateka ya #France.
https://t.co/bmwYsBgcXz
@GeneralNeva ahejeje kugena Joseph Ndayisenga kuba uwugendanira umukuru w'igihugu (Chef du protocole d'Etat).
Ivyo biri mw'itegeko ry'umukuru w'igihugu no 100/001 ryo kuri uyu wa 6 Nzero 2024.
N'ibiki mwomenya kuri Joseph Ndayisenga? 👇https://t.co/EjOyxfl9RJ #Burundi
@GeneralNeva avuga ko hoba hariho abarundi bari mu barwanyi ba #M23
Mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru hamwe n'abanyagihugu kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Kigarama 2023 mu ntara ya @CankuzoProvince
https://t.co/bKdu857IBc #Burundi#Rwanda#RDC#Abatwip
🔴#Politike : Haraye havutse iyindi migambwe 2 mishasha
📌 Uwa mbere ni FPI (Fraternité des Patriotes Ineza) wa Prof Francis Rohero.
📌 Uwa kabiri nawo ni umugambwe AND- INTADOHOKA (Alliance Nationale pour la Démocratie) wa Prof Gaspard Kobako
https://t.co/Aflz2Drqe9
#Burundi
Prosper Ntahorwamiye ahejeje kubisikanya na Jerôme Niyonzima mu mabanga y'umunyamabanga wa Reta.
Ivyo vyabaye mu gitondo co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Kigarama 2023
Jerôme Niyonzima akaba azoba ari n'umuvugizi wa Reta.
https://t.co/QzdsaexbOP #Burundi#Abatwip