@Sir_Umuhirwaa2 Hama je co novuga nuko uwomwana atari rwawe ahubwo ww ur umwana bihendera ni gute umukobwa mwavyaranye yoheba ngo agiye kumu Ex wiwe ataco akurusha numva namahera uvugakobuyafise ahubwo umukobwa yagiye kwa se wumwana kanguka petit iyo Game niyabakuze
@Sir_Umuhirwaa2 C'est toi le diable nyene none raba icatumye mubana mbe iyongeso yayitanguye mutarabana? Mbe akiri umusore ariko ara depensa agusohokana muguma mukirori wabonako ar sawa assumer les conséquances de ton choix
@Sir_Umuhirwaa2 Umugore yihenze akakugaburira ukwezi kumwe no kur X biramenyekana aho uwomugabo ugira ntiwamukundiye uko kuntu yakurisha ikirori agifise amahera ubu kubona ko muriko mukoresha ayiwawe no kwa Muhirwa urabizanye abagore ningorane