3/4Musitanteri wa komine kirundo #Msc_IrNdikuriyo_Jean_Berchmans yasavy ko haba rusansuma kuva kuri we nyene gushika kuwutwara nyumbakumi mu kuraba ko indongozi zihimiriza gutera amavoka nabo barayateye,agasaba umwe wese gukora neza akazi ajejw hagakorwa vyish amajambo akaba make