Home
Language
English
Türkçe
Bahasa Indonesia
About
Privacy Policy
Terms of Service
Pricing
Sign In
Download All
Share
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
🔴Manchester United Die Hard Fan 🔴⚽
Joined August 2020
371
Following
2.3K
Followers
4.3K
Posts
Pinned Tweet
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
over 3 years ago
The problem is you want to find love in Bujumbura... Bujumbura is for business 😂
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
6 days ago
@MotivacionesF
@grok
Est ce que c'est vrai ?
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
11 days ago
Iyo winjiye muri restaurant utazi wakomanze inkoko uriko urayirya Hama ugaca ubona Sat-B na Kirikou binjiye gusa ntihagire n'umuntu n'umwe ahindukira kubaraba 😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
12 days ago
KIJAJA, kera ntararya gâteaux zakorewe ahandi nahora nibaza ko atamuntu akora gâteau ziryoshe, ariko maze kugerageza kurya gâteau zakorewe ahandi🤢 naciye ntahura Yuko muburundi ntanumwe afise irobo y'ubumenyi ukoresha mugukora gâteau zawe boss, ahubwo wubahwe 🫡🔥😂
See More
Who to follow
Mo’W Kanzie🌹
@MowKanzie
«Sinishima Je suis Raffinée» |GOD is my☝🏽 |Burundian Female Artist🇧🇮 |Youtuber |1st RunnerUp MISS BURUNDI 16/17 #YouKnowBetter Out Now
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
@semavumba
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://t.co/g3X0UvYrxd https://t.co/uoNrJhiHZ2
Bahe
@delameteo
Bahe the burudian memelord
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
15 days ago
None chr wawe ashobora kukurungikira 200k d'urgence cank il suffit Yuko ar mwiza gusa? 🤷🏽♂️
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
17 days ago
Yatanguye anyibwirisha ngo ashaka abana biwe bazobe bafise inzobe kand twese twirabura..😔
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
20 days ago
I support Manchester united, Portugal, France and any team that will play against Argantine
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
23 days ago
Wew ko nakuguriye ijersey ya Portugal gusa iyo yindi ya France wayikuyehe ?
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
23 days ago
Uwo ni Jewe muriko muha izo Like💚 Cank n'iyo photo ?😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
23 days ago
Kuberik ntange amaraso yanje m'ubitaro kandi atamurwayi boyaha k'ubuntu..🤨?
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
25 days ago
Umunsi wambere nja gukora ubu aide maçon (ikiyede) baranshiriyeko iciment nterura kumugongo nca ndababwira bakureko imwe, baca banyishura ngo n'imwe nyene twagushiriyeko😂, umuns ukurikira sinasubiyeyo 😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
28 days ago
mubisanzwe abahungu biratugora kumenya ibintu vyogutanga Cadeau bivanya Na période urimwo, benshi usanga baronka idées zivuye kuba chérie babo, par example umugenzi wanje araho yagiye ashiriye cadeau y'ikinga akana katarakwiza n'indwi imwe kavutse 😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
29 days ago
The forest is large because each tree allows the other to grow.
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
29 days ago
Har'umuzungu Ari muri Canada narungikiye iphoto yanje kuri Instagram acambaza " why you so Ugly, where are you from? " Nanje ndanwishura "I'm from Rwanda" I can't let my country down😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
about 1 month ago
" uraraba urondere umu chr " says the person I want
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
about 2 months ago
Nari narahevye inzoga gusa uwuza gutomboza ico gikoko icarico mw'ijoro nca niha kamwe 😂
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
about 2 months ago
@BenBen39450691
@MUnitedFR
@TheAthleticFC
Avec qui et qui, boss?
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
2 months ago
Inagine gutaha muhira inyuma y'iminsi itatu batakubona ugaca ubwira umugore wawe ngo " nari namizwe n'ifi " Yona nawe yarakaze vraiment 🤣🤣💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
2 months ago
@NTresor2022
😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
2 months ago
Iyo waguze carte sim ya Onamob kubera Lumitel ifise connexion mbi ariko bikanka Yuko uta iyo carte sim ya Lumitel kuber ifise lumicash😂😂💔💀
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮
@UTDJembe
2 months ago
@RNimenya
😂😂
Last Seen Users on Sotwe
นิยมสาวใหญ่ แม่หม้ายใจถึง
Seen from
Thailand
Danielzin Dotado 🐎
AUNTY VERIYAN 🤩💦💦
Seen from
India
Kittypeller 😺
Seen from
France
GRANDPA , ABUELO , OLD MAN LOVER
Seen from
Spain
humiliate_me_hard
matt
Seen from
Austria
Antalyabull07
Seen from
Turkey
Gay Thái Nguyên
Seen from
Germany
Umi Aisyah
Seen from
Malaysia
Trends for you
1
Morocco
Under 10K tweets
2
Kenzie
Under 10K tweets
3
Happy Birthday Chibi
Under 10K tweets
4
Freddy
Under 10K tweets
5
#STAKE
Under 10K tweets
6
Summerville
Under 10K tweets
7
Duren
Under 10K tweets
8
Lila
Under 10K tweets
9
Marruecos
Under 10K tweets
10
#WWERaw
Under 10K tweets
Most Popular Users
1
Elon Musk
@elonmusk
240.6M followers
2
Barack Obama
@barackobama
119.2M followers
3
Donald J. Trump
@realdonaldtrump
111.7M followers
4
Cristiano Ronaldo
@cristiano
110.5M followers
5
Narendra Modi
@narendramodi
107M followers
6
Rihanna
@rihanna
97.6M followers
7
NASA
@nasa
92.2M followers
8
Justin Bieber
@justinbieber
90.9M followers
9
KATY PERRY
@katyperry
87.6M followers
10
Taylor Swift
@taylorswift13
81.5M followers
11
Lady Gaga
@ladygaga
73M followers
12
Virat Kohli
@imvkohli
69.8M followers
13
Kim Kardashian
@kimkardashian
69.8M followers
14
YouTube
@youtube
68.7M followers
15
Bill Gates
@billgates
63.9M followers
16
Neymar Jr
@neymarjr
62.6M followers
17
The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers
18
CNN
@cnn
61.9M followers
19
X
@x
60.8M followers
20
Selena Gomez
@selenagomez
60.7M followers
Olivia
Online
✨
⭐
💫