@Sir_Umuhirwaa2 Shaa umuntu arinda aguha ayo mahera mutari muzinanye, Et tu es mineure😭, kandi atanico wamusezeraniyee. Ça sent le Sida bien maquillé🫣.
C'est pourquoi il était prêt de payer autant.
Kurya ivya gusa bizobamena itama kabisa🫣🫣
Ayo Mahera ntuzoyakoreko, kuko ntamugisha arimwo.
@Sir_Umuhirwaa2 See how it doesn't make any sense, right😂? Still women are told the same when such situations happen to them. So, why not doing the same to men too😂
@Sir_Umuhirwaa2 Genre ubu dusigaye turangisha abapfumu, nkuko barangisha aba docteurs spécialistes. Noneho ibara riraguye, kuva ryari ca a été normalisé ?
Marcus Aurelius wrote this over 1800 years ago:
“When you arise in the morning think of what a privilege it is to be alive, to think, to enjoy, to love.”