#Abatwip Why ntakiboneka online aha kuri Twitter !! ; I spent many times niga ; nongera mpomba amahera menshii caane ; kugira ndabe uburyo u murundi hokorera amafranga online ; U can make 5$ or 10$ nayarenz naho bigoy ; ndiko ndategura gukora groupe !!; Reka dufashanye
Drama T bamune**ko 🥲🥲 !! ; Shn Iconzi nuko aho iyi industry yacu Drama T aho Azoyigeza ; B face ntaho azoyigeza vyaramuheranye ; birababaje abiyita abakuru bofashije bato aribo babarwanya ; birabaje kuritwe Abarundi ; B face arababaje !!!