@IntareZamweziGi Oya reka bugare nta yindi solution. Ubona nka Corée du nord iretse abantu bakagenda librément muri Corée du sud uko bashaka batoca babona ico abandi babarusha... Vyoca bimera nabi
@US_SrAdvisorAF When you overuse sanctions, the leverage goes blunt and the targets harden. What was once a powerful tool just forces nations to build alternative solutions, leaving you with no real options left. Dedolarayize
@kezTamar@Diogenephilo@Sir_Umuhirwaa2 Mbo, n'aho boba baravyumvikanye, canke umukobwa akaba yabaye bête nyene, le fait reste que c'était une mineure. Donc ni Viol.
En plus na nyene aho hantu yabikoreye n'abakozi baho bari complice.
Mais pourquoi l'honorable yashize mu gisusu, c'était prévu canke yari accident?
@Ikiriho Umve ngo dignité nani? Nciye nibuka igihe @willynyamitwe afilma abantu bariko bara tortura🙂 Harya wosanga nyamitwe ari aga sado-maso gakunda BDSM na camera
@africatodayMG The Great Lakes has a category of people completely resistant to progress. Burundi once led Rwanda in standing, until these destructive forces took power by terror. Today, Rwanda is at 85% electrification because order was restored, while Burundi stagnates at 12%. WTH??