Home
Language
English
TΓΌrkΓ§e
Bahasa Indonesia
About
Privacy Policy
Terms of Service
Pricing
Sign In
Download All
Share
D. DORIN
@DDorin2007
Joined February 2026
16
Following
2
Followers
166
Posts
D. DORIN
@DDorin2007
2 days ago
@LIrakoze85454
@Sir_Umuhirwaa2
Reka iyo ngwano. Ko ubivuga utwenga?
D. DORIN
@DDorin2007
3 days ago
@LIrakoze85454
@Sir_Umuhirwaa2
Sinzi ko urubaka. Ariko Imana izokugire umupfasoni w'ibanga.
D. DORIN
@DDorin2007
7 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Uritonda wa muhungu we. Umugani uraho ngo aho kaciye ntihaca urwanko si jewe nawuciye.
D. DORIN
@DDorin2007
9 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Primus Star ni nywanawe. Gusa ejo nararabutswe bajou za kera kuri Cercle Universitaire.
D. DORIN
@DDorin2007
9 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Muhi Bright, numva ngo hari n'uwamujanye i Buraya, ngo abazungu baca baramumupapura.π°
D. DORIN
@DDorin2007
11 days ago
@LIrakoze85454
@Sir_Umuhirwaa2
Urwo rukingo rwa cancer.
D. DORIN
@DDorin2007
11 days ago
@LIrakoze85454
@Sir_Umuhirwaa2
Lylo, uranyumije kweli.ππππ
D. DORIN
@DDorin2007
13 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Umuntu akwanse urarondera uyundi.
D. DORIN
@DDorin2007
14 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Uwuraho ati ko unsaba amahera ndi so? Uwundi nawe agasubiza ati ko unyonka nanje ndi nyoko? Ntaco nokwongerako.
D. DORIN
@DDorin2007
17 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Zana number tuze turagu followinga.
D. DORIN
@DDorin2007
18 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Mpore mpore bro. Akari mu mpene niko kari no mu ntama.
D. DORIN
@DDorin2007
19 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Iyo ataguhishije ko yahukanye biragendeka. Hanyuma nimba urubanza rwa divorce rwaraheze, nta comubuza gusubira kugira mariage. Ariko rero, attention avec la religion.
D. DORIN
@DDorin2007
20 days ago
@ReynoldsButari
Rey, ico kintu co kutwereka le vrai visage de Bwejeri ndakigushimira. Ese abaraho bavuga ko ikirundi ari igihutu nabo, ayo makuru yobashikira. Entretemps, sinibaza ko hari benshi bazi canke bakurikirana notre juif noir.
D. DORIN
@DDorin2007
20 days ago
@LIrakoze85454
@DwimaEdwin
@FranckBara007
D. DORIN
@DDorin2007
20 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Aho ukaba uraseseye agatabi umuvyeyi.
D. DORIN
@DDorin2007
21 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Ko kera n'uwuduze ari mpaka ajane agakate, kumbe na ruguru hariyo boulageries?
D. DORIN
@DDorin2007
21 days ago
@CitizenAfrika
@Red_Tabara
@CnddFdd
Ariko be mureka kuvangatiranya igikorane ca Kanguka n'izo ntambara zanyu.
D. DORIN
@DDorin2007
21 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Consulat ya Gabon iri kuri Boulevard de l'Uprona, irya nyubakwa ya ISGE, umeze nk'uwinjira mu rupangu. Ambassade je n'ai aucune idΓ©e.
D. DORIN
@DDorin2007
26 days ago
@LIrakoze85454
@Sir_Umuhirwaa2
Nako n'uwo mugenzi atoba yaratewe inda nawe, murazi ko kenshi abo dushaka gushira mu nzu tubarya avance.ππππππ
D. DORIN
@DDorin2007
26 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Banza wigire uwutabonye na kimwe, le mec unamubwire ko bitanakuraba, utazi ko yari aherekeje kwa muganga uwo yateye inda. Ariko ubwire uwo mugenzi wawe ivyo wabonye, nawe yitohoreze ukwiwe. Ibinyoma nk'ivyo biragoye kwubakirako kandi na divorce ntiyoroha.
Last Seen Users on Sotwe
0
Seen from
Netherlands
πΉβ PAΕA (TEK ERKEK) βπΉ ΓΌ6
Seen from
Turkey
beautiful.s.e.x
Seen from
Norway
MEN
Seen from
Turkey
Ψ·ΩΩΨ±ΩΩ
Seen from
Saudi Arabia
ΰΈΰΈΰΈ ΰΉΰΈ’ΰΉΰΈΰΈͺΰΈ²ΰΈ§ΰΉΰΈ«ΰΈΰΉ ΰΉΰΈ‘ΰΉΰΈ«ΰΈ‘ΰΉΰΈ²ΰΈ’ ΰΈ£ΰΈΈΰΉΰΈΰΈΰΉΰΈ² ΰΈΰΉΰΈ²ΰΈΰΈ²
Seen from
Thailand
ΰΈΰΈΰΈΰΈͺΰΈ²ΰΈ§ΰΉΰΈ«ΰΈΰΉ
Seen from
Thailand
Chapinas de Corte
Seen from
United States
Curious Tom
Seen from
United Kingdom
πππ ππππππππ π¦π
Seen from
Italy
Trends for you
1
Kayla McBride
Under 10K tweets
2
Ty Gibbs
Under 10K tweets
3
#GreenWall
Under 10K tweets
4
Kmac
Under 10K tweets
5
Michael Brennan
Under 10K tweets
6
Don Nelson
Under 10K tweets
7
Woke 1
Under 10K tweets
8
Derek Hill
Under 10K tweets
9
Dylan Smith
Under 10K tweets
10
Luis Lara
Under 10K tweets
Most Popular Users
1
Elon Musk
@elonmusk
241.2M followers
2
Barack Obama
@barackobama
119.1M followers
3
Cristiano Ronaldo
@cristiano
112.9M followers
4
Donald J. Trump
@realdonaldtrump
111.8M followers
5
Narendra Modi
@narendramodi
107.1M followers
6
Rihanna
@rihanna
98.3M followers
7
NASA
@nasa
92.3M followers
8
Justin Bieber
@justinbieber
91.5M followers
9
KATY PERRY
@katyperry
89M followers
10
Taylor Swift
@taylorswift13
82.9M followers
11
Lady Gaga
@ladygaga
74.4M followers
12
Virat Kohli
@imvkohli
71.9M followers
13
Kim Kardashian
@kimkardashian
70.4M followers
14
YouTube
@youtube
68.8M followers
15
Neymar Jr
@neymarjr
64.9M followers
16
Bill Gates
@billgates
64.6M followers
17
The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers
18
Selena Gomez
@selenagomez
62.1M followers
19
CNN
@cnn
61.8M followers
20
X
@x
60.8M followers
Olivia
Online
β¨
β
π«