En cette #AfricaDay2026, je partage un extrait de ma chanson INKINGI Y’UBUNTU, réalisée en 2005 ds le cadre des campagnes de sensibilisation pr la paix au Bdi. Cette œuvre rend hommage à ces Bdais ki ont risqué leur propre vie pr sauver d’autres citoyens... 1/2 #PeaceBuilding
Düsseldorf… Germany ntabwo nje jenyene 🇩🇪🔥
Nzanye inguvu za TELAVIV ku rwego rw’akataraboneka! 🪩⚡️
06.06.26 Chocolate City Night Club
Get ready for vibes, madness & unforgettable moments with SAT-B live on stage.
Burundi to Germany… we turn the night into TELAVIV. 🚀🔥
Yigeze gukorera $45K umunsi umwe!
Mukaruziga Shakira yari "SlayQueen" mpuzamahanga aho yahuraga na ba Davido na Kizz Daniel n'abandi.
Yakanyujijeho ku buryo hari n'ubwo yakoreye $45,000 umunsi umwe ayahawe n'igikomangoma cyo muri Nigeria.
Gusa byose byaje kurangira ahindutse imbata y'ibiyobyabwenge, asigara amara masa none ubu arimo kugororerwa mu Kigo Ngororamuco cya Gitagata.
(IGIHE)
Hari ikibazo nipfuza kubaza aba YouTubers mu #Burundi no mu #Rwanda: ’Why abatumirwa babasaba gukuramwo ikintu ariko mu kiganiro musohora mukakigumizamwo 🤷🏿♂️?’
Kwibaza kuri cash 💰 gusa utitaye ku buzima n’ineza y’uwundi, ni kuba #illuminati
Franchement bisa nabi 👎
@ElvisRabbouni@Sir_Umuhirwaa2@IrebeFM@satb257@belle9ice Bro ibi bintu si sawa 🤮🤮🤮
Aka kantu ko kwama mujomba abantu ngo ntibize mu bintu vyose bizotuma hari abaja kuyigira inzigo babayoboze inkoni y’icuma.
Sigaho plz. Kunanirwa muri relationships ntaho bihurira n’amashure 😰